Mb data ngo naho Sat-B aheruka gushikiriza ko yamuteye ubwoba kuko afise uburyo akora busa n'ubugomba gusa n'ubwo we akoresha, ngo ntibimutera kuduza agatuza ngo arakomeye. Mu gihe Sat-B aheruka gushikiriza…
Mu gihe Sat-b ariwe yari afise idarapo mu baririmvyi baronse Views nyinshi mu mwanya muto, Drama T amukuye mu kanwa igice c'inyama, iyindi ayisigarana mu majigo, kuko kuvayo yose bidakunda. Ariko Kandi anamutsindira mu…
Abantu batanguye kwibaza ikiribwa ari, kuko umukunzi wiwe yavuze ko Mow Kanzie ari ikiribwa, bamwe bakaba batanguye kubaza ko yoba ari inkoko ngo n'abo bashiremwo ukuboko mu kuzana ubugari. Mow Kanzie asubiriye Kandi…
Drama t naho yasavye ikigongwe, yatanguye guterwa ubwoba ngo aramutse ahonyoje ikirenge muri Canada azoca akubitwa kubera ivyo aheruka gushikiriza ku baba muri Diaspora. Ibi bikaba bitanguye ataranahabwa na VISA yo kujayo.…
Umuririmvyi Big Fizzo amaze igihe kitari gito ku mugabane wa buraya, aho benshi vyagumye bibayobera kugira bamenye n'ikiringo nyabaki agiye kumarayo hoho nigiki camujanyeyo vyose bikabata kuwamazi wewe harico warubiziko?…
Wema Nella n'umuririmvyikazi akaba anafasha Impano zitandukanye, asanzwe ari umurundi aba muri Autralia akaba afise label yiwe yitwa Wema entertainment mu Burundi irongowe na Landry promoter. Icipfuzo ciwe ngo…
Redemption Voice Sweden nayo ngo iri mu nzira Uwundi mugwi mushasha wa redemption Voice ugiye kwerekanwa mu misi ya Vuba, ubu ukazoba ari uw'i Buraya, inyuma y'uwo muri Canada waheruka kuvuka. Uko imisi igenda, niko…
Nkuko Leta y'Urwanda yakoze igashigikira Bwiza akaronka Visa, ngo na Leta y'Uburundi nayo yari kubishobora, Kandi Double Jay yari guca aronkera aho yari yaburiye ubwa mbere. DJ Paulin ngo yizera ko ivyo ashikiriza…
Alvin Smith bwa Buzima Bwiza akunda kwerekana iyo arikumwe n'umugore i Bujumbura, ngo siwe ariha. Kuko we ngo nta bushobozi afise bwo kwama muri Kiriri Garden. Ubuzima bwitwa ko ari Bwiza buboneka Kuri Alvin Smith iyo…
Abagize imisi bashira akunyu muri ca Kibazo ca Drama T n'aba Diaspora, ngo ryoba ari ishari ribibatuma, kuko aronse akaryo ko kuja i Buraya, ariko bo iyo bari batariko baronka ibiteramo. Visa ku baririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.