Mu gihe vyari bimaze imisi bivugwa ko Yvan Muziki na Marina batagicana uwaka, ubu naho babonetse mu bikorwa vya Tours du Rwanda barikumwe. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru igihe abishikiriza, uwo muririmvyi ngo niwe…
Uburayi ngo n'intango s'iherezo, ivyo n'ivyo biheruka gushikirizwa na Drama T mu kiyago aheruka kugirana na Juste Gael. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko abantu bavuga ayamuhe kubera urugendo…
Uburyohe bw'inkurikirane ntonto bwamaze kuryoha none zibandanya zitegurwa ku bwinshi. Inyuma ya EP yaheruka gusohora, Alvin Smith yavuze ko iyindi iri mu nzira. Ivyo uwo muririmvyi yabishikirije akoresheje imbuga…
Vyari bikiri mw'igifungu nkuko twabibamenyesheje Meili yavuze ko agomba arekure indirimbo azohuriramwo n'uwundi muririmvyi wo mugihugu atashimye kuvuga Yar'amaze kuririmbana na B face,Ykee Benda kuva mu gihugu…
Big Fizzo na Sat-b bashobora gutangura kurihishwa na Meta 100,000 buri kwezi kugira babashe kuguma bari Verified Kuri Instagram na Facebook. Urubuga rwa Facebook na Instagram rugiye gutangura kurihisha abantu basanzwe…
Akibarizwa muri Bantu Bwoy, umuririmvyi Drama T ngo ntiyihutiye gusohora indirimbo, ahubwo yihutiye kwiga. Uwo muririmvyi uno musi atakibarizwa muri Bantu Bwoy, yabwiye Juste Gael ko igituma atashobora gusohora…
Maguru n'umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana yarabikoze birashimwa ku ndirimbo ziwe nka Urigikomangoma,Shikama mu nyuma arabura. Muti none iki gihe cose yahorahe? Mu kiganiro yakoranye na Indundi…
Umurwi Vital’o Fc waraye utakaje urukino rw’indwi ya 20 utsinzwe n’umurwi Bumamuru FC . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , isaha icenda z’umuhingamo 15h00 mu Cibitoke ku kibuga Urunani aho…
Mu Burundi haraye huguruye ihiganwa ry’umwaka ry’urukino rwitwa Teqball . Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , isaha zine zo mugitondo (10h) kuri Olympafrica mu Kanyosha , aho hari haramutse hugururwa…
Aime M yaratangaje abakunzi biwe bumvise Ko agiye kurekura album izoba igizwe n'indirimbo zo kuninahaza Imana bamwe ngo yoba yakijijwe, abandi ngo Vyoba arivyo vyoroshe ? Mu nyishu yagiye aratanga yavuga Ko wewe yavukiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.