DJ Ira uno musi ngo aharurwa mu ma Miliyaridi y'abantu bemeye gukurikira Yezu kirisu ngo ababere umucunguzi, ariko Kandi anatera intambwe mu kubatizwa mu mazi menshi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram rugeze ku…
Umugozi wo mw'izosi bakunze kwita Cravate mu kinyamazuru wa Sat-b wateje uruhagarara Kuri Facebook. Inyuma yaho uwo muririmvyi wacu abonetse yambaye uwo mugozi, ku musi wa gatanu aho bari baramutse bakorera igiteramo…
Sat- B uretse ko ari umuririmvyi asanzwe afise inzu ya ba mukerarugrndo (agence de Voyage) na Coopérative yama avuga ko atariwe ayirongoye ngo ahubwo bose n'abarongozi ikizwi nuko abayihurikiyemwo benshi ari abari muri…
Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2023 , ihiganwa rya Basketball Nani Mkali ryaratanguye . Umurwi wa Tigers w’i Makamba warashoboye gutsinda Les Hippos amanota 80 ku manota 60, mugihe urukino rwari…
Uwo mumenyereza yarigize kumenyereza abakinyi bakomakomeye ba hano iwacu nka Jimmy Ndayizeye , Cedric Kaze , Blaise Karorero , Thierry Karorero n’abandi . Yaciye muri Flamengo Fc , Rumuri Fc hamwe na Athletico Olympic…
Mu mpera z’ino ndwi , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba rigeze ku ndwi igira 21. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 : - Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urunani Umurwi wa Rukinzo Fc…
Moses benshi bamenye nka Mosions kubera inzu ishona impuzu zitandukanye yashinze noneho ayita uko nyene, Moshions, yakirijwe induru n'abatari bake mu barundi babashije kugira ico bashikiriza kw'ifoto yasangijwe…
Mow Kanzie asubiriye Kandi kuvugwa n'abatari bake mu bamukurikirana ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, Inyuma yo gushirako amashusho atandukanye. Uwo muririmvyikazi yaragize imisi avugwa mu rukundo na…
Abasore 2 baba muri Malawi bafatanywe amafaranga ya magendu, ariko Kandi bafatanwa imashini n'ibindi bikoreshe bakoresha mw'ikorwa ry'ayo mafaranga. Abo basore babiri bafashwe nkuko amakuru dukesha…
Mkombozi mu myaka irenga 6 yamaze atari mu Burundi yaje atubwira Ko afise ibikorwa vyinshi yakoreye mu mahanga, twagumye tubirindiriye tutabibona ariko ubu ngo aravuye mugacerere. Nkuko yari yavuze ko azokora ibiteramo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.