Kuva ku musi wa gatandtu ihiganwa ryo mu cicaro cambere Primus league ryarabandanije kundwi ya 20. - Vital'o Fc yatsinze Musongati Fc ibitsindo 2-0 - Bs Dynamic yatsinze Kanyanza United igitsindo 1-0 -Les lierres…
Inyuma y’uturirimbo nka Kamwe kamwe , Neno Moja na Ndicuza twakozwe mu mwaka wa 2018, tugakundwa n’abatari bake mu bakunzi b’umuziki ndundi, cane cane ab’umuririmvyikazi Chany Queen. Uwo muririmvyikazi agiye gushira…
Inyuma y’indirimbo Umusaraba w’Urukundo yanavugishije abatari bake mu bakunzi b’umuziki, co kimwe n’ab’iwabo na mwene indirimbo, Riche agiye gushira ahabona amasanmu y’akandi karirimbo kuri uyu wa 5. Ako karirimbo azoshira…
Masterland abona ko umuziki ndundi utishwe n’abahinyanyuzi, kandi abo nyene ataribo batuma abaririmvyi badatera imbere. Ivyo n’ivyumvikana muvyo aheruka gushikiriza kuri imwe muri Post z’’umu Dijay w’umurundi azwi cane ku…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel yashize umukono ku masezerano yo gukinira umwaka umwe umugwi Las Vegas Lights Football Club usanzwe uri mu buraruko bwa Reta zunze ubumwe za America. Akaba agiye…
Igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2020, niho umubirigi Didier Vandenkerkhove asanzwe aserukira imbere y'amategeko ishirahamwe Vital Invest SA muri kino gihe akaba ariwe asanzwe ari Patron w'umugwi wa Vital'o yashize…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma 2020, niho umugwi Vital'o Fc wakiriye umugwi Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega mu rukino rw'indwi ya 20 ya Primus league, urwo rukino rukaba rwarangiye Vital'o…
Abarenga 811 nibo bamaze kwicwa na ca kiza catera mu gihugu c’Ubushingwa citwa CoronaVirus, abo bakaba bangana n’ibice 2 kw’100 vy’abarenga ibihumbi 37 198 bamaze kumenyekana ko bafashwe n’iyo ngwara kw’isi, mu kiringo…
Inyuma y'igihe umwana akiri muto M Nif Jimbo akoze indirimbo yise King B-Face aho ari indirimbo ihayagiza izina ndetse n'ibikorwa vy'umuririmvyi B-Face On The Flow harabonetse ikintu ubona ko cashimishije…
Ibanki Nkuru y'igihugu BRB yaraye ifashe ingingo yo kwaka impusha amashirahamwe yose acuruza amafaranga mvamahanga yari asanzwe yemewe. Mw’itangazo ryasohowe n'umukuru w'iyo banki, Ciza Jean, avuga ko iyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.