Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2020 niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona itariki ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rizotangurirako. Iryo higanwa ryo mu…
Mu kiganiro umuvugizi w'ubushikiranganji bw'umutekano Petero Nkurikiye yagiraniye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Ruhuhuma 2020, yamenyesheje ko kuva ubu…
Abarundi n’abanyarwanda barageramiwe n’abenegihugu ba Malawi, imvo n’imvano ngo kubera kwagirizwa ko harimwo ababiciye abantu 3 baheruka kugandagurwa. Amakuru dukesha ikinyamakuru BBC avuga ko abanya Malawi batariko…
Neymar yasubiriye kandi kuboneka ku kibuga c’umupira w’amaguru aho umurwi wa PSG wariko urimenyerereza kuri uyu wa 5, ariko hakaba hakiri kare ngo vyemezwe ko uwo mukinyi azokina mu rukino rw’igice c’umunani gishira ica…
Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n'ibicurarangisho kavukire bakoresha mur'iyo myaka yabo y'ubusore ndetse no…
Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma ihigamwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league rizobandanije kundwi yaryo igira 20. Uku niko imigwi izohura : Kw'igenekerezo rya 08 Ruhuhuma 2020…
Ntivyoroshe mu mudiho wa RAP aho Sage Wise asanzwe akorera akazi kiwe k'umuziki mu gihugu c'Ububirigi yikubise mugikiriza avuga ko yipfuza uwo wese yiyumva ko ari umuraperi yiyemera kuri Freestyle aze bahangane…
Umumenyeshamakuru Steeve Derick yashize ahabona urutonde rw'abakinyo 23 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino 2 za Mauritanie zizoba mu kwezi kwa gatatu hagati y'amagenekerezo ya 23 na 31 Ntwarante…
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 07 Ruhuhuma 2020, niho umunonotsi mpuzamakungu w'umurundikazi Francine Niyonsaba yandika ku rubuga ngurukana Facebook y'uko mu gihe hatobaho ukwitanga mu gutegura…
Kw'igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2020, Abarundi baba mu Bushinwa baratunganije ikiganiro “KU ZIKO” cari ikigira kabiri gitunganijwe, aho umutumire yari umuronzi w'ikirundi Patrice Ntafatiro aba mu gihugu ca Canada.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.