Ifungwa rya Arnaud Mugisha azwi nka Dj Marnaud ryateje uruhagarara Ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo uwo mu DJ akaba…
Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2020 niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB mu gisata co gutunganya inkino zitandukanye cafashe ingingo yo guhanisha impaga (forfait) umugwi Telaviv…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Ruhuhuma isaha zitandatu n'igice 12h30 kuri Helena Hotel iri mu ntara ya Gitega niho hakorwa tombola y'ukungene imigwi izohura mu gikombe c'ihiganwa citiriwe…
Mu gihe abatari bake bari biteze ko Neymar ashobora guhanwa n’umurwi ujejwe indero, kubera inyifato yifashe imbere y’umuhagarikizi, abantu batangaye bumvise ko ata kizomwagira, kuko mu cegeranyo catanzwe hatigeze hashirwamwo…
Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Ruhuruma 2020 ku musi wahariwe Ubumwe bw'abarundi mu ntara ya gitega isaha 14h00 aho umugwi wa Aigle Noir wo mu ntara ya Makamba wahura n’umugwi Messager Ngozi mu rukino rwa…
Ukwisubirako ku ngingo yo kudasubira kuza i Bujumbura ngo vyavuye yuko yabonye ko igihe cari kigeze, no mu Rwanda ngo niyabona hageze naho azofata ingingo yo kuza arajayo, kuko naho ngo ahafise abakunzi b’ibikorwa vyiwe. Mu…
Umukinyi w’amareresi wo mu gihugu ca Tanzania Wema Sepetu aheruka gushikiriza ko Umuhisi Steven kanumba yamusigiye umuvumo. Ivyo akabivuga abifatiye yuko atagishoboye kugumana imbanyi, inyuma y’ukugendana nawe. Amakuru…
Inyuma yo kugenda akora zimwe mundirimbo zigakundwa n’abatari bake hano mugihugu ndetse n'abari hanze y'igihugu ni Lizzo abandanya akora ibikora inka muri uyu muziki w’Uburundi aho ubona ko abandanya yigarurira…
Imwe mu mpanuro, umwanditsi Brian Tracy atanga mu gitabo citwa " The power of self discipline" n'uko m'uvy'ukuri umuntu ubwiwe, ufatiye uko aremye n'ivyiyumviro vyiwe ngo ariwe akwiye…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2020 niho umugwi Heracles Almelo w'abatarenza imyaka 21 mu gihugu ca Hollande wakina n'umugwi wa VVV Velno urukino rurangira Heracles unyagiye VVV Velno…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.