Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2020 aho uwutwara umugwi Aigle Noir hamwe na FFB Umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukanabumenyi bwa Facebook avuga ati :…
Mu kiringo rero, aha mu gihugu cacu dusanzwe twibuka umusi w'ubumwe bw'abarundi igenekerezo rya 05 Ruhuhuma buri mwaka, urutonde rw'uko ibirori bizogenda ejo ku musi wa gatatu rero ruza rwagiye ahabona.…
Umukuru w'Igihugu ca Kenya Nyakubahwa UHURU Kenyatta, uyu musi igenekerezo rya 04/02/2020 yatangaje urupfu rw'uwahoze arongoye Igihugu ca kenya kuva mu myaka ya 1978 gushika 2002, imyaka 24, akaba rero…
Ati, naho ico kiza bitaribonekeza ko coba caramaze kudutera, ibitari bike vy'ukumera amagabo vyovyo biza vyaratanguye. Aha rero muri ivyo harimwo inyifato ihanurwa nk'ugukaraba mu gihe tuba tuvuye ahantu hari…
Kuri uyu w'Imana w' igenekerezo rya 02 Nzero 2020, igihe umugwi Aigle Noir wariko utana mu mitwe na Flambeau du Centre mu rukino rw'igikombe c'ubumwe i Makamba ku kibuga ca Peace Park complex Stadium,…
"Hello Miami!" niyo majambo yari mu ndirimbo zari ziherekejwe n'ingoma hamwe n'inzamba. Mu rukino rwari rurindiriwe cane rwa Super Bowl muri Amerika ejo ku wa Mungu, abaririmvyi rurangiranwa babiri Shakira…
Mu nkino 25 umaze gukina, umurwi wa Arsenal umaze gutsindamwo zitandatu gusa, unganya mu nkino 13 utsindwa zitandatu, ibitari bwigere biwubako kuva mu mwaka w'inkino w'1912 ushira uw'1913. Ejo ku wa Mungu,…
Abakenyezi bo mw’idini rya Islam mu Bwongereza ngo bafise impungenge nyinshi inyuma yaho hamenyesherejwe ko hashobora gukurwaho uburyo bari bafise bwo kuja kwibagisha ku batakaje ubusugi bakabusubizwa. Ayo makuru dukesha BBC…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 31 Nzero 2020 niho umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Youssouf Nyange yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa Yeni Malatyaspor ukina mu cicaro cambere mu gihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.