Mu mpera z'umwaka 2022 Umurwi Redemption voice uririmba indirimbo Zininahaza Imana warakoze igiteramo c'amateka catangaje benshi kuko abantu baracitabiriye ku bwinshi batitayeho n'imvura yariko irarwa. …
Harmonize na Rayvanny basubiranyemwo, muguterana amajambo bakoresheje imbuga zabo za Instagram, Ubu hoho bavuga n'akari i murore. Mu ntambara y'amajambo iriko iranga abasore babiri bose baciye mu minwe ya Diamond…
Umuririmvyi David Nduwimana asanzwe aba muri Australie atako adakora kugira umuziki w'Uburundi ubandanye umenyekana mu makungu nkuko mwabibonye no mu ndirimbo yiwe yaririmbishije umuzungu ikirundi. Ubu naho agomba…
Inama nkenguzamateka yaraye iterereye ikibuga c’intwari . Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Nzero 2023 isaha zitatu (9h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umukuru w’inama Nkenguzamateka Emmanuel…
Vichou love ngo agiye gukorana na Happy Famba isi yose ibimenye abavuga ko yandoze babandanye kuvuga sindota ndamuva inyuma ahubwo vuba tugiye kubamenyesha ibigiye gukorerwa muri the Fighter indirimbo ziruzuye. Ivyo…
BIG Fizzo ngo yoba yarabeshe amakungu, mu kiganiro yakoreye muri PJ Classic FM, akoranye na Edisson Ndayahoze. Uwo muririmvyi aheruka kuvuga ko Channy Queen yashatse kumushira muri Bantu Bwoy ariko ngo asanga ntari Serieux mu…
Hagati ya Yvan Muziki na Marina ubu aho umwe aciye uwundi yohaturira, ayo niyo makuru agezweho muri Entertainment I Kigali. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru igihe yanditswe na Emmy Nsengiyumva, abishikiriza, uwo muririmvyi…
Ya ndirimbo Big Fizzo yakorana na Davis D ngo igiye gukorerwa amasanamu mu misi ya Vuba, ivyo vyashikirijwe n'uwo muririmvyi nyene ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Davis D mu ntumbero yo guhumuriza abafana ngo bari bagize…
Abakoresha n'abipfuza gukoresha urubuga rwa Gasape SN basanzwe bafise uduhamagazo turi mu bwoko bwa IPhone, nabo ngo bagiye gushikirwa. Nkuko urupapuro rwo kumenyesha iyo nkuru twabonye ruvyerekana, ngo urwo rubuga…
Umuririmvyikazi Emelance Emy ngo agiye gushira kuri za mbuga zigurisha umuziki Compilation y'indirimbo yakoze kuva mu mwaka wa 2007 gushika muri 2022. Ivyo vyashikirijwe ku musi w'ejo n'imbuga hwaniro za Digita…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.