Ata gihindutse, Muziki agiye gusohora indirimbo yiwe nshasha, amajwi n'amasanamu (Audio & Video) bikazira rimwe. Kimwe muvyashikanye Yvan Muziki mu gihugu kibanyi c'Urwanda camenyekanye. Ico naco…
Abarenga 70 nibo bivugwa ko bahitanwe n'igisasu cari giteze mu modoka ku murwa mukuru wa Somalia. Ico gisasu kikaba caturikiye mu kibanza c'igenzura ry'umutekano, ku masanganzira akunda kugenderwa cane mu…
Imvura nyinshi yaraye iguye mu gisagara ca Bujumbura yateye imyuzure myinshi mu karere ka Buterere aho hononekaye ibintu bitari bike, bikanavugwa ko hari abariko barava muri iyo karitiye. Muri iyo karitiye ahantu hasinzikaye…
Imigenderanire hagati ya Zambia na Leta zunze ubumwe za Amerika ishobora gutosekara bikomeye. Ivyo n'ibiboneka mu majambo aheruka gushikirizwa n'ayo ma Leta yose. Inyendamuvano ngo ni urubanza rw'abagabo 2…
Kiretseko arumwe mu bacurarazi bavuza solo ba hano iwacu atawe yomugereranya, Dj Nad arakeza Andy Mwag ku ndirimbo yiwe yise Moto demarrer. Mu ntumbero yo gushikira no kumenyekanisha ibikorwa vy'abaririmvyi umwe mu…
Mu gisagara ca Kinshasa aba polisi 2 bagandaguwe na mugenzi wabo uwo yabagandaguye bikaba vyashikirijwe ko asanzwe agwaye mu mutwe, nkuko vyashikirijwe n'umwe mu ntwazangabo zo muri ico gisagara. Uwo musirikare bivurwa…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abenegihugu, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yabajijwe igituma Uburundi bwama buvuga ko buterwa n’igihugu kibanyi c’Urwanda yamara bwitwara ntiburonke inyishu itomoye araheza…
Nk'uko yama abigira mu mpera y'umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe…
Abadandaza umubiri bashobora kudasubira guhohoterwa n'abajejwe umutekano, inyuma yaho imwe mu ma sentare yo muri Abuja isabiye indishi y'akababaro abari bamaze imyaka 2 bafunzwe. Aho bukera abakobwa badandaza…
Fc Barcelona ngo yoba iriko irisuganya ku buryo ngo mu mwaka uza wa 2020, bikunde ko babasha kugarukana umukinyi wabo Neymar, ayo makuru tukaba tuyakesha ikinyamakuru c'abongereza. Ayo makuru akavuga ko uwo murwi uriko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.