Mu ntumbero yo kubafasha guhimbaza neza imisi mikuru irangiza umwaka, umukuru w'igihugu c'Uburundi Pierre Nkurunziza yashikirije imfashanyo imwe mu miryango ifise amikoro make. Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 24…
Ku makuru dukesha ikinyamakuru cegukira umugwi Young Aficans amenyrsha ko umukinyi w'umurundi akina mu mugwi Young Africans wo mu gihugu ca Tanzania Issa Bigirimana yandikiye ikete abarongozi b'uyo mugwi abasaba…
Igisirikare ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo kimenyesha ko kuwa gatandatu w'indwi iheze catahukanye abarwanyi b'Urwanda 71 baheruka gufatwa mu rugamba rubandanya rwo kurwanya imirwi y'abarwanyi muri…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Kigarama 2019, niho umukuru w'inama nkenguzamateka hamwe n'uwurongoye umugwi Aigle noire hamwe na FFB Reveriyano Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook yiwe…
Mu ntumbero yo gutsimbataza umutekano muri iyi misi mikuru iheza umwaka w'2019, ubushikiranganji b'umutekano buhamagarira abipfuza kuzokwidagadura kubisabira uruhusha. Mu gihe hasigaye imisi iri ku rushi kugira ngo…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel agiye kwerekeza muri reta zunzumwe za America inyuma yo kuva mu mugwi MFM Vyskov wo mu cicaro ca 3 mu gihugu ca Repubirika ya Tchèque . Akaba agiye gukinira…
Inyuma y’igihe kitari gito habonetse igiteramo kigiye guhuza abaririmvyi bakomeye muri kano karere ka Afurika y’ubuseruko ndetse na Afurika yose muri rusangi ariko bikabonekamwo amakenga menshi bivanye n’amazina…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza agiye gusubira gukinira umugwi yahoze akinira Vital'o Fc mu nkino zo gusubiriza. Saido Ntibazonkiza akaba yari amaze ikiringo c'imyaka…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinira ku musenyi Soccer Beach wamaze gushika i Dar es salaam. Intamba Soccer Beach zikaba zafashe urugendo kuri uyu gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 ,…
Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 niho ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook bw'umugwi Azam Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda wandika y'uko wahisemwo kuvavanura n'uwahoze ari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.