Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 19 Kigarama 2019, ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryaratanze ukungene imigwi igenda isumbasumbanya amanota kw'isi. Uburundi bukaba bwagumye mu…
SK ngo uwuja gutunga ntamuherekeza, barajana bose bakaronka ico babiriye akuya. Sallam SK umwe muba Manager bakomeye ba Diamond Platnumz bemeza ko ata mugambi bafise wo guherekeza abatunga. Iryo jambo akaba arisubiyemwo kuri…
Mu masaha makeya, akaririmbo gashasha k'umuririmvyi Andy Mwag buca gashirwa ahabona. Ako karirimbo akaba ari Moto Demarrer, kamaze kwumvikana amajwi yako. Andy akaba ayo masanamu ashobora kuba yayakoreye hano iwacu,…
Biratangaje cane kubona ataruhande na rumwe rwemera ivyo ruvugwako mu gihe ikibazo kihari kandi kigiteye ingorane. Imyaka ni myinshi cane gose umuziki w’Uburundi uterwa amashurwe ngo Uburundi bufise impano, ariko bikama muri…
Mu rugendo rwiwe yakoze mu ntara ya Bubanza ari kumwe n'uwusanzwe arongoye Kazoza Plus, ni Sat-B yakiranywe urweze n’abanyeshure biga muri Kwizera Trade School ndetse n’abari bateramiye muri ico kigo ca Kwizera Academy.…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yari yaramutse agirisha inama abakuru mu gisirikare no mu giporisi mu ntumbero yo…
Indirimbo ya Gospel kuri Ester Nish ngo niyo igiye gusozera uno mwaka inyuma y'indirimbo yaheruka gushira ahobona yise waradekonye aho ubona koyariko araririmba abo bose boba bakorera ikintu umuntu bakihinduka munyuma…
Ni inyuma yuko abataribake bamaze imisi biyandikako kumubiri ivyo bita Tatouages umuririmvyi Maréchal Femi de J'Abat akaba ababwira ko bobiheba anatera akamo Reta ko ico kibazo yokirabira hafi amazi atararenga inkombe.…
Urwanda rwakuye amakori kuma Cotex ngo bikunde abigeme bazibura batangure baronke uko bazironka bitabagoye. Urwanda narwo rwahambije ibindi bihugu birimwo na Kenya mu gukura amakori (TVA) ku nyambaro abigeme…
Umumenyereza w'umurundi Mugunga Dieudonné Burchaga yahagaritse amasezerano yo kumenyereza umugwi Kiyovu Sports. Uyo mumenyereza w'umurundi akaba yahagaritse amasezerano n'umugwi Kiyovu Sports ukina mu cicaro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.