kirundi

Kirikou Akili ngo yarakunze

Kirikou aheruka guteza uruhagarara kuri Facebook, aho abafana batamwihanganiye kubera ishusho yerekanye ngo n'umukunzi wiwe. Igenekerezo rya 1 nzero uno mwaka wa 2023, Kirikou yasangije abamukurikirana ishusho arikumwe…