Mu mpera z'indwi yaraye irangiye ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri League B ryarabandanije ku ndwi yaro igira 11. Uku niko imigwi yatsindanye : Rumonge City yatsinze Les Jeunes Athletic ibitsindo 3 kuri 1Muzinga Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yabaye umwami w'ibitsindo mu gihugu c'Urwanda . Ku mugoroba wo kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi wa Police Fc ukinamwo umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo gufata mu mugongo ihiganwa rya Primus league ishirahamwe Brarudi ryasubiye kandi gufata mu mugongo umugwi w' Intamba mu rugamba . Hari mu gatondo ko kumusi wa gatandatu w'indwi iheze igenekerezo rya 04!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubu Zari ngo yishakira kwironderera amahera biciye ahandi apana mu muziki. Kuko kuba umu Millionaire mu kuririmba bigoye gusumba izindi nzira. "Nta mafaranga ahari bomuriha ngo bikunde ashobore kuja muri Clip Video!-->!-->!-->!-->!-->…
Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe. Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw'umukinyi w'Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon. !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Napsa Star ukinamwo Mavugo Laudit wari!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy Faty cabuze indege igishikana i Bujumbura Amakuru indundi Sports yakuye kuwusanzwe avukana na Papy Faty ariwe Iddy Faty aravuga y'uko ikiziga ca mukuru wiwe Papy Faty caraye gishitse mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'Intamba mu rugamba aguma agira ibihe vyiza mu gihugu ca Kenya kuva aho ashikiye mu mugwi Sofapaka Fc. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , umunyegori w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Shebby Warren abandanya gufata mu mugongo urwaruka rw'i Gitega abicishije mu nkino. Ku musi wa kane igenenerezo rya 02 Rusama umwaka wa 2019, mu ntara ya Gitega!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy Faty umukinyi w'intamba mu rugamba ngo mu misi ya vuba bagiye kugishikana i Bujumbura. Nk'uko vyashikirijwe n'uwo basanze bavukana igihe yariko aganira n'indudni Sports Iddy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.