Ibihugu dusangira akarere ka CECAFA vyigeze kuza kurondera Saido Ntibazonkiza kugira aze abikinire mu migwi nserukira gihugu vyabo. Mu kiganiro Saido Ntibazonkiza yakoze n'umumenyeshamakuru wa Radio Rema FM Vivance!-->!-->!-->!-->!-->…
Mutoyi w'umuhisi Papy Faty ariwe Iddy Faty yavuze y'uko mukuru we azoshingurwa nk'umu Islam. Inyuma y'amajambo menshi aguma akwiragizwa henshi avuga y'uko hari ukutumvikana k'ukungene umuhisi Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Barundi, Barundikazi, Bakozi, namwe Bakoresha; Igenekerezo rya mbere Rusama uko umwaka utashe, abakozi n’abakoresha, mu Burundi no mu bihugu vyinshi, twama twigina umusi mpuzamakungu w’abakozi n’akazi. Ni akaryo keza!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije mu mpera z'indwi iheze ku ndwi yaryo gira icumi. Uku niko imigwi yatsindanye Les jeunes Athletico yatsinzwe na Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1Top Junior itsinda!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Malanti Chiefs Fc wari usanzwe ukinamwo nyakwigendera Papy Faty wemeye gutanga uburyo bwose kugira ikiziga ca Papy Faty kizozanwe mu Burundi ashinguranwe iteka. Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 29 Ndamukiza!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwusanzwe arongoye igisata co gutunganya inkino muri FFB Youssuf Mossi yashikirije ubutumwa abakunzi b'umupira w'amaguru mu Burundi inyuma y'aho harangiriye ihiganwa rya Primus league ry'uyu mwaka wa 2018-2019. Yagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules abandanya yitwara neza mu gihugu c'Urwanda. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 28 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho umugwi As Muhanga!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva mu kwezi kwa Myandangaro umwaka w'2018, abantu baharurwa mu majana icenda nibo ngo bamaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola mu buseruko bwa Repubirika iharanira Demokarasi ya kongo nk'uko bishikirizwa!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Amissi Cedric abandanya yitwara neza mu gihugu ca Arabie Saudite. Mu rukino rw'igikombe ca Kings Cup rwaraye ruhuje Al tawoon asanzwe akinamwo hamwe na Al Hilal rwarangiye Al tawoon!-->!-->!-->!-->!-->…
Gushika n'ubu Fiston Abdoulrazzaq ngo ntiyemera y'uko Papy Faty batakiri kumwe kuri ino si. Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq ngo akicumva amakuru y'urupfu rwa mugenzi wiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.