Reta y’igihugu ca Nouvelle Zélande yahagaritse itegeko ryemerera abanyagihugu gutunga inkoho muri ico gihugu inyuma y’aho igitero giherutse kugabwa ku musigiti wo mu gisagara ca Christchurch gihitanye abantu bangana mirongo!-->…
Intamba mu rugamba ziramutse zitsinze Gabon zizoba zitsindiye agashimwe zemerewe n'umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B . Mugihe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuzo wa Djuma Mossi ushobora kwongereza izindi nguvu umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba . Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ntwatante umwaka wa 2019 , niho uwahoze ari kizigenza w'intamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba wananiwe kuronkera intsinzi mu gisagaca ca Bujumbura. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwatante umwaka wa 2019 aho umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Omar Ntakagero yavuze y'uko Imana ibishatse mu rukino rwo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwatante ruza kubahuza na Congo Brazzavile bashobora kurutsinda. !-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwarante umwaka w’2019, inama nshikiranganji yaramutse ikoranira ku murwa mukuru wa poritike, Gitega ihagarikiwe na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu cacu Perezida Petero Nkurunziza. !-->!-->!-->!-->!-->…
Umurwi w’igihugu ujejwe kumenya ukuri n’ukunywanisha abarundi CVR (Commission Vérité et Réconciliation) urazura kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwarante 2019 ibisigarira vy’amagufa bivugwa ko ari ay’umuntu umwe yatowe!-->…
Abakozi b’ishirahamwe Liquids rihingura ibinyobwa “Aquavie” vy’ishirahamwe “Savonor” baragabisha ko bazohagarika akazi kw’igenekerezo rya 21 uku kwezi kwa Ntwarante 2019 mu gihe ubuyobozi bw'iryo shirahamwe!-->…
Umukinyi akina ku ruhande mu mugwi wa Messager Ngozi Iddy Museremu niwe yatwaye agashimwe k'umukinyi yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma umwaka wa 2019 gahora gatangwa n'ikinyamakuru Burundisports cifandikanije!-->!-->!-->…
Abaporisi babiri bishwe barashwe n’umuntu yitwaje inkoho yo mu bwoko bwa kalachnikov ku musozi Mutara, zone Maramvya, komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura. Uwarashe abo baporisi yagiye atwaye n'inkoho zabo. Nk'uko!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.