Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaranezerejwe n'itsinzi y'intamba mu rugamba. Inyuma y'aho umugwi w'intamba mu rugamba wari uhejeje kunganya na Gabon igitsindo 1-1 mu rukino rwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Simplice Ngendakumana arashima ukuntu amerewe mu gihugu ca Ukraine. Igenekerezo rya 12 Ntwarante umwaka uyu mwaka wa 2019 niho umukinyi w'inyuma mu umugwi LLBs4A Simplice yashika mu gihugu ca Ukraine ashikira mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 23 waraye usezerewe n'umugwi wa Congo Brazzaville . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 i Brazzaville aho umugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Fiston abdoulrazzaq abandanya yandikisha amateka atari bwakorwe n'uwundi mukinyi w'umurundi Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubushikiranganji bw’ubutungane buragabisha abacamanza barya ibiturire bigatuma baca iza ngonda gonde ko badahinduye ingendo bazohagarikwa mu kazi. Aimée Laurentine Kanyana, umushikirananji w'ubutungane no gushingura!-->!-->!-->…
Abantu bagera ku muriyoni umwe n’ibihumbi amajana umunani na mirongo itanu barasinzikaye muri iki gihe kubera igihuhusi Idai n’inkurikizi zaco mu gihugu ca Mozambike conyene. Nk'uko vyatangajwe n'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi b'umugwi nserukiragihugu wa Tanzania bahawe ibibanza vyo kwubaka amazu mu gisagara ca Dodoma. Inyuma y'aho umugwi wa Tanzania Taifa Stars utsindiye ibitsindo 3 ku 0 umugwi nserukiragihugu wa Uganda!-->!-->!-->!-->!-->…
Asman yasubiye iKigali mu Rwanda mu kazi ka misi yose ashimira abarorerezi n'abakunzi b'umugwi w'intamba mu rugamba ku kuntu bavyifashemwo neza. Asman benshi bazi kw'izina rya Makalisteur canke Ambassadeur!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Mohammed Amissi ntiyifadikanije na bagenzi we muri Congo Brazzaville . Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 , Umugwi Congo Brazzaville uzoba!-->!-->!-->!-->!-->…
Nka hamwe vyoshika umugwi Mirrow Team ugasubira kwiyunga, Aime Loveness ngo ntiyoba agikorana nawo nk'umugwi aravye ahageze gushika ubu yikorana yamara ngo collabo yo yoyemera. Nk'uko yaraye abishikirije mu kiganiro!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.