Uwahoze ari umukinyi wa kera w'umugwi Vital'o Fc Girukwishaka Michel agiye gusubira mu kibuga inyuma y'imvune yari amaranye umwaka urenga. Michel akaba yagize imvune ikomeye kw'ivi ryiwe agikina mu mugwi wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ushobora kuja kwimenyereza muri kimwe mu bihugu vy'i Buraya. Inyuma y'ugutsinda Gabon mu rukino rwo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN 2019 zigiye kubera muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yaronka amahirwe y'ukubonana na Nyenicubahiro umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA. Mu mubonano yahawe na Nyenicubahiro umukuru!-->!-->!-->!-->!-->…
Bernice the Bell yaraye akubise hasi abandi baririmvyi bakomeye nka Big Fizzo, Sat-B, Natacha, Masterland, B-Face, Arnovic, Vichou P6&love, Jay Fire baribashoboye nabo gushika mu gice ca nyuma c'iryo higanwa. !-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uteye iteka igihugu c'Uburundi mu kuronka itike yo kwitabira inkino za CAN kuva bubayeho. Kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019 isaha icenda!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko afise icizere co gutsinda Gabon ariko akoresheje inguvu nyinshi. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka wa 2019 , ku kigo c'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Abariko bakurikirana imyimenyerezo y'intamba mu rugamba bamaze muri iyi misi ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore bamaze kuba bashira ahabona abakinyi 11 babona ko umumenyereza w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->…
Abadandaza barenga amajana atandatu nibo baraye baburiye ibidandazwa vyabo mw’isoko ya Kinyinya iri muri komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura, bivuye ku mpanuka y’umuriro wadutse muri iyo soko mw’ijoro ryo kuri uwu wa!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ubandanya witegurira neza urukino rugiye kubahuza na Gabon kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019. Kuri uyu wa kane mu masaha yo kumugoroba uyo mugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Amashirahamwe agura ikawa asabwa gutangura kugura mu maguru masha n'aho ikigo kijejwe gukurikirana ivy'ikawa ARFIC kitaratanga impusha ''licence d'exploitation'' kuri ayo mashirahamwe. Mu nama abajejwe igisata!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.