Ukudakundana ngo bitumye abaririmvyi co kimwe n'aba Dj bo muri Africa y'ubuseruko batabasha gusohoka ngo baje gukorera mu mahanga. Dj Brian mu kiganiro Classic Vibe yavuze ko aho yakubitira muri Nigeria akabona uko…
Chany Queen haraciye igihe atumenyesheje ko agiye gushira ahabona album yiwe izoba izwi kw'izina rya" Colors". Muri ukwo kurindira tubandanye turindiriye igenekerezo iyo album izoshirwa ku mugaragaro kuko ico…
Owen n'umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba mu makungu neza na neza muri Canada. Umwuga wo kuririmba yawutanguye kuwufata nk'akazi mu mwaka 2020 ubu akaba ageze ku ndirimbo 6 harimwo niyo yakoranye…
Imana ngo kuva nakera yamye ivugana n'abavugishwa bayo nubu iracavuga, abavugishwa barahari kandi igihugu c'Uburundi gifise vyose, abarundi nibo bataramenya uko bakira ivy'Imana irekura kubwabo. …
Isango Sat-B yari yatanze ko azorekurirako Album yiwe ryararenze ariko yaravuye mu gacerere arasigura impamvu. Yavuze ko ingorane ari abahinyanyuzi badahurizako umwanya, ninayo mpamvu atanashimye kuvuga ni ryari…
Kubwa Hosy ngo abarundi ntukwiye kubereka ibibazo ubamwo, ahubwo ukwiye kubereka ivyiza gusa, kuko ngo umweretse ico gice kitari ciza cawe nico akwiciramwo. Aganira na Musuhura Power Tv, Hosy yavuze ko we adashigikiye ivyo…
Ingendo Alvin Smith aheruka gukorera i Kigali, zavuyemwo indirimbo zitari nke, mu gihe mu ntango zari zigamije ukwiga gusa. Uwo muririmvyi yitezwe ku mugabane w'Uburayi mu misi ya vuba, indirimbo zaketswe ko yakoreye…
Ku musi wa mbere igenekerezo rya 14 Munyonyo 2022 niho twabona amafoto atandukanye hirya n'ino ku mbuga ngurukanabumenyi abaririmvyi bacu n'aba Manageur babo bari ku kibuga c'indege c'i Bujumbura citiriwe…
Kwipfuza kuba Monna Walda ngo bisaba ukwitanga gukomeye, kuko harimwo n'ukwemera kwitwa Malaya. Mu kiyago yagiranye na Juste, uwo muririmvyikazi aheruka guhimbaza isabukuru yiwe y'amavuko, n'imyaka 3 amaze mu…
Amakenga ni yose mu bakurikiranira Sat-B ko aramutse ahonyoje ikirenge ku mugabane wa Amerika atazosubira kandi kugaruka hano iwacu. Mu misi iheze, Sat-b yavugishije abatari bake aho yavuga ko atakigiye muri Amerika…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.