August Burundi ni umuririmvyi w'umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Reta zunzubumwe za Amerika. N'ubwo bigoye gukora umuziki uri mu mahanga, August ari muri bamwe babishiramwo umwete. Inyuma yo guhagarika…
Duhereye kuri Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye arashigikira cane abanyempano ndetse akabaremesha ko ari ubuzi nk'ubundi agasaba n'abantu kubashigikira. Si agaseseshwa rumuri n'ubwo…
Indirimbo nshasha ya Big Fizzo yitezwe, ngo ishobora kudasohokera ku rubuga rwa YouTube. N'aho ataco arabasha kubishikirizako Big Fizzo, ngo indirimbo nshasha yiwe yitezwe muri ino misi ariyo NDABIZI ngo ishobora…
Abafana ba Alvin Smith babarizwa i Buruseli ngo bashobora gushikirizwa imipira bakoze commande ku buntu. Mu gihe Alvin Smith yitezwe mu gihe ca vuba mu Bubirigi, uwo muririmvyi yahimirije abafana biwe kubandanya bagira…
Umuzo w'insamirizi Igicu FM irongowe na Fanny Nyamuragwa azwi kuba umurongozi wa DFTV257, ngo ufitiye imigambi myinshi abaririmvyi. Umwe muriyo yaganiriye bagenzi bacu, n'umuryango uzoba wuguruwe ku baririmvyi…
Rally Joe, umwanditsi w'indirimbo "Kuri kakagezi", afise amateka yo gutahukana amahiganwa atandukanye ategurwa mu gihugu, akarorero ni ihiganwa rya primusic yatahuganye ku ncuro ya mbere na Isanganiro awards,…
Gloire ni icababa kigira kabiri muri miss Burundi 2022. Ni umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge , Akaba aheruka gufata urugendo yerekeza mu gihugu c'ubuganda mw'ihiganwa rya Miss planet International ritegurirwa…
Abamaze imisi mudukurikirana mu makuru tubashikiriza twarababwiye amakuru y'umuririmvyi Lolilo aheruka kugaruka mu gihugu avuye i Dubai aho yaramazeyo indwi 3,twarongeye turababwira n'ibikorwa yakoreyeyo, ibiteramo…
Ngendakumana Armel Chabel benshi muzi kw'izina rya Masterland Umwanditsi wa "Nsomya", na "Mafu" zikaba ari nazo ndirimbo ziwe zikurikirana Kubushasha bwazo, uretse ko twamumenye ku ndirimbo nyinshi…
Mzizi wa jiwe Ntare Rushatsi Cambara Burundi ayo yose n'amazina ya Lolilo, hari haheze indwi 3 ari I Dubai akaba yaganutse kuri uwu wambere igenekerezo rya 7 Munyonyo 2022. Ivyari vyamujanye ngo cari i giteramo citiriwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.