Umuririmvyikazi Nish mwakunze mu ndirimbo zitandukanye nka Umbamwo yaririmbanye na Kidum,ikaba ari nayo yatumye amenyekana cane nkuko wenyene yama avyivugira. Benshi bamukundira ukuntu azi kuvuza ibicurarangisho…
President Evariste Ndayishimiye nawe yarihanganishije aba Tanzania Inyuma y' isanganya ry'indege yahitanye abantu ryabaye ku musi w'ejo muri ico gihugu. Umukuru w'igihugu akaba yanditse ku rubuga rwiwe rwa…
Kuva aho aviriye mw'ibuye, nkuko bakunze kuvuga, Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana nkuko aheruka kubishikiriza. Baraka Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana, naho ritoroha ko…
Ukwiyambiza kwa Alvin Smith ntibikiri ibanga, kuko nawe avyemera Kandi avuga ko ataco bimutwaye, Kandi ata n'uwo vyari bikwiye kubabaza. Muri iyi ndwi twaraye turangije, umuririmvyi Alvin Smith yasavye…
Mu misi iheze ku badukurikiranira hafi, muribuka ko twari twababwiye ko Mugani yari yamenyesheje ko ashobora gushira ahabona igikorwa gishasha. Icizere ko iyo ndirimbo ishobora kuboneka vuba kibandanya kirwira,…
Igenekerezo rya 12/11 niho rwa rukurikirane twari twabamenyesheje ko umuririmvyi Andy Mwag buca ashira ahabona azorwereka amakungu. Nkuko amakuru dukesha urubuga rw'uwo muririmvyi abishikiriza, harateguwe…
Igiteramo c'umuririmvyikazi w'umunyarwanda, Ariel Ways giheruka kubera hano iwacu, categuwe n'umumenyeshamakuru akaba n'umu Youtubeur Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter, Kandi ngo…
Bizimana Aboubakar karume ngo uko biri kwose Aho bukera ku musi wa gatanu azoshira ahabona Indirimbo zibiri icarimwe. Izo ndirimbo zibiri zikaba zamenyekanye amazina yazo, aho ari Mon amour hamwe na ishari, nkuko vyabonetse…
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ngo abantu babitse amafaranga muzu baraba maso, kuko hari umusi bazokwikangura ayo babitse asigaye ari ibipapuro. Ivyo uwo mutegetsi yabivugiye mw'ihuriro ry'abikorera…
Dutegura ino nkuru indirimbo Body ya D one na Social Mula yari isigaje Views ziharurwa ku ntoke ngo ikwiza Views 100,000. Umuhinyanyuzi yakoze iyo ndirimbo arabeshuza ibihuha vyariko birashikirizwa ko iyo ndirimbo yoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.