Yvan Muzik ngo uno musi isaha 4 z'ijoro arashira ahabona Indirimbo yiwe nshasha. Iyo ndirimbo ikaba yahawe akazina ka Nyash, rikunze gukoreshwa n'abanya Nigeria cane mu kuvuga Igisusu. Iyo ndirimbo nkuko uwo…
Duniano n'umuririmvyi w'umu rapeur benshi mwamumenye mu murwi Wanajeshi nubwo ivyerekeye uwo murwi ubu tukivyumva, turabona abaririmvyi bari bawugize umwe wese akora kugiti ciwe. Muri uko kwikorana rero na Frank…
Umukuru wa Diaspora ngo ntakurirwa muri groupe ya WhatsApp, kurongora abasirimu na cane cane ababona ko bifise ngo ntivyoroshe na gato kuko bose ngo ntibaba bumva impanvu batokwitwa abarongozi. Japhet Legenti umwe mu…
Ku bakurikiranye amakuru twagiye turabashikiriza, muribuka ko twari twababwiye ko Alvin Smith yasubiye i Kigali kugira aheraheze igikorwa yari yakoze, kandi twari twababwiye ko igihe Alvin asubira i Bujumbura ava i Kigali,…
Amafaranga 10,000 ngo niyo yabaye intandaro yo kutaja kwakira umuririmvyi w'umunya Nigeria aheruka hano iwacu ariwe Timaya, ivyo biheruka gushikirizwa na Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter. Uwo…
Baraka Olegue benshi muzi nka OLG Olegue hamwe na Vichou love baraburira abantu bafise indirimbo bariko barategura gushira ahabona muri aya mezi 2 ari imbere, ko boraba bakazisohora ubu vuba kuko aya mezi 2 ngo ari ayabo.…
Mu gihe Mista Champagne yavuga ko we ariko arafasha, kuko yabisabwe n'abatari bake aho abagore baba muri Australia bihaye akamenyo mu kuvuga ibishirasoni ku mbuga za TikTok, agasaba abamukurikirana bagera ku 62,000 kuri…
Kuri uyu wa gatatu Alvin Smith yasubiye kandi kwerekeza mu gihugu kibanyi c'Urwanda, aho bishoboka ko agiye guheraheza igikorwa ciwe gishasha yakoranye na Bwiza. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp co kimwe…
Jampala ni umuririmvyi wa Raggae yavukiye i Bujumbura muri zone Buyenzi ariko ubu aba muri Hollande. Igenekerezo rya 25 Gitugutu 2022 yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru kugira bayage ku giteramo ariko…
Umuririmvyi Berry Music ngo amahera akoresha mu gusohora indirimbo ni umurengera niyo mpamvu adashobora gusohora indirimbo ku bwinshi. Mu kiyago yagiranye na Akeza.net, uwo muririmvyi yatanze insiguro y'igituma afise…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.