Umuririmvyi Mkombozi ugerageje kumviriza indirimbo ziwe,amajambo yiwe ntasiba guhamagarira abarundi gukunda igihugu cabo na cane cane ko bokwitaho ururimbo rw'ikirundi. Yavutse igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2022 isaha zine zo mugitondo 10h mu Kajaga niho abakinyi bakera basanzwe baba i Burayi bari baramutse bakora ikiganiro n’abanditsi hamwe n’abamenyeshamakuru. Ico kiganiro cari…
Mw'ihiganwa ryateguwe n'ishirahwe ry'umupira w'amaboko basketball rifadikanije n'amashirahamwe y'ubwishingizi (Assurance)hano mu Burundi, ihiganwa ryari ryahuje imirwi ine yari mu bibnza vyimbere…
Nk’uko dusanzwe tubibona ku baririmvyi usanga badacana uwaka kandi basangiye umwuga bigakunda kugaragara mu majambo bakunda kwandikiranira babicishije ku mbuga zabo canke bakabiririmba mu ndirimbo zabo, ugendereje neza…
Umugabo w'imyaka 66, yabashije kwemezwa nk'umugabo wa 4 yakize umugera wa VIH-SIDA yaramaranye imyaka irenga 40. Uwo mugabo wo mu gihugu ca Leta zunze ubumwe za Amerika, yakijijwe mu buryo budakunze gukoreshwa,…
Bavuze Zinedine Zidane, n'uwutamubonye ku kibuga aremeza ko uwo mugabo w'imyaka 50 y'amavuko, aharurwa muri bake bakiri bazima bakinye umupira neza. Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru co muri Suisse, uwo mugabo…
Ngo nta musezi agira iteka , kuja hamwe gushira uburyo n'ubwenge hamwe nivyo bizotuma igihugu c'Uburundi cibagira infashanyo. Iryo ni rimwe mu majambo menshi umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste…
Ikibazo c'ibiribwa bitari bike hano iwacu vyaduze ibeyi kubera intambara iri muri Ukraine ngo gishobora gukemuka mu misi ya Vuba. Nkuko amakuru ava ku mugabane w'Uburayi abivuga ngo ubwato bwa mbere buva muri…
Mu kwezi kw'11, niho ikindi gice c'ireresi, Black Panther, riri mu yakunzwe cane kw'isi na hano iwacu muri ino myaka iheze rizoshirwa ahabona. Kimwe mu bibazo vyibazwa gusumba ibindi, n'uwuzosubirira…
Intara ya Ngozi niyo yagomwe n'Ubushikirangaji bw'Ugufashanya kw'Uburundi n'ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.