L'équipe nationale de football du Burundi, les Hirondelles, des joueurs évoluant à l'intérieur du pays, a écrasé le Djibouti. C'était ce dimanche 24 Juillet 2022 lors du match aller quand les Hirondelles ont…
Ni umuririmvyi benshi bemera ko abishoboye ariko Emery Sun kuvyerekeye kwimenyekanisha ku mbuga ngurukana bumenyi si ikirenga canke kugira inkuru zimuvurwako hirya n’ino ntabwo biri muri kamere kiwe. Ugerageje kumukurikirana…
Amashusho yerekana Big Fizzo yakiriwe n'umuserukizi w'igihugu ca Nigeria hano iwacu, yateje uruhagarara ku rubuga rw'uwo muririmvyi rwa Instagram. Mu gihe ivyavugiwe muri uwo mubonano bitaramenyekana, abafana…
Ubu ngo birihutirwa cane ko umukinyi w'igihangange Cristiano Ronaldo ava mu mugwi wa Man United. Ayo makuru y'ikinjura rya Cristiano muri Man United akaba yaragize imisi avugwa, ariko ubu akaba yakomeye kuko uwo…
Imyaka yarigiye kuba 4 umuririmvyikazi Emelance Emy adashira ahabona Isanamu n'1 y'indirimbo yiwe, ariko mu misi ya Vuba izoteturura abafana biwe. Nkuko biboneka ku rubuga rwiwe rwa Facebook co kimwe na Instagram,…
Diamond Platnumz yatanze umuco ku kibazo kigize imisi kivugwa ko abaririmvyi bo muri Wasafi baguma bavayo buke buke. Uwo muririmvyi w'umu Tanzania avuga ko abaririmvyi bo muri WCB aribo baririmvyi binjiza amafaranga…
Ubu umugwi uraba abakinyi muri PSG ngo bavuze Lionel Messi abantu Bose ngo bakomera amashi rimwe. Uwo mukinyi yashitse muri uwo mugwi wo mu gihugu c'ubufaransa mu mwaka uheze wa 2021 ataco batanze, ngo baramuryoherewe…
Abakunzi b'amareresi mpuzamakungu akomeye nka Casa del papel n'izindi nta handi barabira Atari kuri Netflix, urubuga ruha akaryo abaruhumbira kuraba amareresi Atari make, ariko nabo bakariha kugira babashe guhabwa…
Ntivyoroshe muri kino gihe kubona Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo mu biganiro ku binyamakuru bitandukanye, Imvo uwo muririmvyi akaba yaraye ayitanze. Uwo mwanditsi w'indirimbo zashitse ku nyota abatari bake,…
Icitwazo ntikibe kudahembwa neza, ahubwo ngo ibikorwa vyiza Abe arivyo bivugira umuziki w'abaririmvyi, bikaba vyashikirijwe na Social Mula. Mu gihe yariko yishura ibibazo vy'abamenyeshamakuru, Social Mula yagarutse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.