Umukobwa w'uwahoze Ari Umukuru w'igihugu wa Angolas aheruka kwitabira Imana muri Espagne Aho yari yagiye kwivuriza, yasavye ko hakorwa Autopsy ngo hamenyekanye icishe se. Urwo ruhusha rwatanzwe, rutangwa…
Cristiano Ronaldo umukinyi w'imbere wa Man United ngo ntari mu gitigiri c'abagurishwa uno mwaka. Umenyereza wa Man United yakuriye inkoni ku gishitsi abamenyeshamakuru ko Ronaldo Atari mu gitigiri c'abagurishw…
Ku bakurikiye urugendo rwa Sat-b muri Tanzania, barabonye ko Hari umwanya Sat-b na Harmonize barikumwe mu Modoka, noneho Indirimbo Agacerere yaririmvyemwo Sat-b iravuzwa, baranayiririmba. Mu kiganiro Sat-b yagiranye na Landry…
Aboubakar karume ngo iburya ryiwe mu biteramo vyinshi bitunganywa Hano iwacu ngo s'ikindi n'ibura ry'amafaranga. Sat-b, avuga ko uno musi Aho ageze, Atari uwariwe wese yomuhagurutsa ngo aje kuririmba mu…
Neymar ngo akinjuye muri PSG ntiyobura uwundi mugwi ukenera kumwiyegereza, ivyo bishikirizwa na Rivaldo, umunya Bresil mugenziwe. Mu kiganiro, uwo mukinyi wa kera w'umugwi nserukiragihugu wa Bresil, yahaye ikinyamakuru…
Masterland kuva umwaka w’2022 utanguye nta ndirimbo yari bwasohore bikaba biri muri biwe benshi bibaza ko ari mu gacerere gateye ubwoba abandi nabo bati ngo asa n’uwabihevye. N’ubwo biri uko mu biganiro yagenda arakora hirya…
Abaririmvyi basanzwe baryohera ababa basohokeye mu bubare butandukanye hano iwacu, ngo ntibakunze kwitaho kuririmba Indirimbo zabo. Mu kiganiro Chiko aheruka guha Indundi Tv, yagarutse kuri ico kintu, anasiguta we uko…
Mu gihe umugwi wo mu gihugu c'ubufaransa Paris Saint Germain wamaze gutangura imyimenyerezo, bakoreshejwe n'umumenyereza wabo mushasha, Christophe Galthier, ngo hari abasore bamwe bamwe bariko berekwa inzira…
+257 & Freinds Festival ni kimwe mu bikorwa biriko bitegurwa na Iwacu +250 isanzwe irangurira ibikorwa vyabo ku gihugu kibanyi c'Urwanda. Ico gikorwa kimaze igihe kitari gito kiriko kirategurwa, kikaba kizohurizwamwo…
Shinzo Abe uwahoze Ari umushikiranganji wa mbere w'ubuyapani, yishwe arashwe aho yariko ashikiriza Ijambo mu bikorwa vyo kwiyamamaza. Uwo mugabo aza mu Kibanza c'uwabaye umushikiranganji wa mbere w'ubuyapani…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.