Big Fizzo hamwe n'umuririmvyi Bruce Melodie uno musi Ari ku mugabane w'uburayi gukora Tours ngo bafise Ibikorwa bikomeye bariko barategura gukora. Mu kuyago yagiranye na Isanamu Media Igisata gikorera ku mugabane…
King & Queen Album nshasha ya Don Brighter izoshirwa ahabona igenekerezo rya 25/5 ku mbuga zigurisha umuziki ngo ubu umuntu arashobora kuba arakora Pre-save kuri izo mbuga ku bakunzi b'iyo mihora abatari bake…
Imana yaremye umuntu, imuha isi abamwo, ica iyishiramwo ivyo azokenera vyose kugira abeho neza, yamara rero, shetani nawe aca agira inzigo, ababajwe n'ubwo bubasha n'icubahiro bihawe umuntu. Kuva ico gihe,…
Ni umukinyi w'umurundi akina mu mugwi AS Kigali aho ariko arabikora neza cane, gutyo akaba ariwe ari mu kibanza ca mbere mukubona mw'igori akaba afise ibitsindo 15, akarusha uwakabiri ibitsindo 3 vyose. Ku mazina…
Ku ndwi ya kabiri y'ihiganwa ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League" ibintu ntibigiye kworoha mw'iyi weekend twinjiyemwo. Aho imigwi yo mu gihugu hagati iriko yiritwara…
Haile Shalom yatsindiye agashimwe k'ukwezi kwa Nzero. Murangira Ramise yatsindiye agashimwe k’ukwezi kwa Ruhuma Tempo Jancy yatsindiye agahimwe ku kwezi kwa Ntwarante. Kanianga Patrick Banza yatsindiye agashimwe…
Jose chameleon n'umuririmvyi ava mugihugu c'ubugande yakunzwe cane mu ndirimbo ziwe zitandukanye nka Jamila, kipepeyo.....n'izindi nyinshi, zarakuzwe no mu gihugu c'Uburundi. Biravurwa ndetse nawe nyene…
Mu gihe hamaze kumenyekana umusi w’iyugururwa ry’ikibuga ca Nkurunziza Peace Park Complex c’i Makamba , uwo musi nyene uzoba uhuriranye n’urukino rwa nyuma rw'ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'Igihugu,…
Ikinjura rya Double Jay na Kirikou muri Bantu Bwoy ngo yabimenye kare naho atabibwiwe. Uwo muririmvyi w'indirimbo zitari nke nka Your Man, Vovota n'izindi, avuga ko kuko baganira n'abo basore ngo yarumva mu…
Kw'igenekerezo rya 11 Rusama n'isabukuru y'amavuko ya Belle Nice umukenyezi wa Sat-B bafitaniye n'ikibondo kizwi kw'izina rya Liam. Bompi uko babanye muri kino gihe urabona ko urukundo rwabo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.