Inyuma yo kugurwa n’umugwi wa Olympic Club Kourigba umugwi mushasha waduze mu cicaro ca mbere uyu mwaka, uwo mugwi wahavuye utiza umusatirizi w’intamba mu rugamba ku mugwi RS Berikane usanzwe ukina mu cicaro ca mbere…
Saido Ntibazonkiza abandanya yigaragaza bimwe bidasanzwe mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania. Umukinyi Saido Ntibazonkiza yaraye atowe nk’umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma mw’ihiganwa ryo mu…
Agafaranga gakwiye niko koba katumye Cedric Amissi yerekeza mu mugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Umukinyi w’intamba mu rugamba Cedric Amissi yahora akina mu mugwi Al taawoun amaze imisi atakibarizwa…
Mu makuru yacu twabamenyesheje ko Sat-B yiteguye kwitabira igiteramo categuwe na Harmonize mu ntumbero yo guhuza abaririmvyi bava muri Afrika y'ubuseruko(East Afrika Community). Igenekerezo rya 3 Ntwarante 2022 Sat_B…
Imisi ibiri gusa niyo isigaye kugira Kayanza United itane mu mitwe n’umugwi Bumamuru Fc wo mu Cibitoke mu rukino rw’igice 1/8 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. Urwo rukino rukaba rurindiranwe igishika…
Indirimbo "Ibisusu" ari kumwe na Kirikou niyo batanguje umwaka nk'uko basanzwe bakorana muri Bilimani boy inyuma y'aho batakibarizwa muri Bantu bwoy. Ku ruhande rwiwe, Double Jay yari aheruka gusohora…
Hazoba ari kw'igenekerezo rya 5 Ntwarante 2022 igiteramo cari kirindiriwe cane n'abakunzi b'umuziki ndundi mu kubona abaririmvyi ba 2 b'abarundi batumiwe muri ico giteramo, aho twovuga Fizzo na Sat B.…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League",aho iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yomugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo…
Elvis Kamsoba ni umukinyi w'Umurundi imyaka yiwe ni 25 akaba akinira umugwi Sydney FC wo mu gihugu ca Australie kuva mu mwaka wa 2021. Elvis Kamsoba akaba yatanguye gukinira umurwi Avondale FC, mu mwaka wa 2018 nyuma…
Dj V-zeey ngo ntawe aje gusubirira mu bahora muri Bantu Bwoy, ivyo nivyo uwo mu DJ mushasha wo muri bantu Bwoy yaganiriye kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Rodrigo Zivieri yakuyeho ivyijiji ku bari bagize igihe bibaza ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.