Mu misi iheze, hari amakuru yari agize igihe akwiragizwa hirya no hino ko umuririmvyi Alikiba agiye gutandukana n’umugore wiwe nk'uko yari yabisavye ubutungane mu gihugu ca Kenya iyo asanzwe aba. Mu makuru ariko…
Ubucuti buri hagati ya Bruce Melodie na Harmonize ngo s’ubwo kuraba bisanzwe, kuko ngo bafise ubundi bucuti bukomeye abantu batari bake batariko barabona. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu begereye uwo muririmvyi.…
Shaddy Boo umwe mu bigeme bakunzwe cane mu gihugu kibanyi c’Urwanda, ariko kandi akaba n’umwe muba Influencer bakomeye muri ico gihugu, ngo ari mu rukundo n’umusore inyuma y’imyaka itari mike ivy’urukundo atavyerekwa. Uwo…
Iyegezwa inyuma ry’ishirwa ahabona rya EP FOA y’umuririmvyi Diamond Platnumz ngo bwoba bwabaye ubwoba uwo muririmvyi yagize. Urukurikirane FOA rwa Diamond Platnmz rwoshizwe ahabona kuri uyu wa kane rwungururijwe kuwa gatanu…
Jessica Tuyishime avuga ko ata kazi k’abagabo bonyene kahari, kuko ako akora we, ngo yamuha ivyo akenera kw’ishure, kandi ngo yakarabiye kuri se. Uwo mwigeme w’imyaka 19 yiga muri kamenuza y’Uburundi mu gisata c’indimi akiga…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 08 Ntwarante 2022, wari umusi mukuru mpuzamakungu w’abakenyezi. Muri ivyo birori vyo guhimbaza uwo umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe agateka k'abakenyezi wariko ubera mu…
Umugwi Rayon Sports usanzwe ukinamwo abakinyi babiri b’abarundi aribo Nizigiyimana Karim Makenz hamwe na Ndizeye Samuel wasavye urukino rwa kivandimwe umugwi Messager Ngozi. Messager Ngozi ikaramuka yemeye ubwo butumire iyo…
Umwana w’umumenyeshamakuru w’inkino w’insamirizi ya Rema FM Rashid Alfred yaraye aryamiye ukuboko rw’abagabo . Dulla Rashid akaba aryamiye ukuboko kw’abagabo biturutse kw’isanganya yaraye ahuye nayo mu gisagara ca Dar es…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rishobora guhagarika abahagarikizi babiri hamwe n’uwahoze atwara umugwi Les Crocos wo mu Rumonge ku mvo zo gutanga igiturire. Abahagarikizi bashobora guhagarikwa ni Manirakiza…
Marco Weymans ni umukinyi w'umurundi akinira umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba afise imyaka 24,yavutse igenekerezo rya 9 mukakaro 1994 akaba yavukiye mu gihugu c'Ububirigi neza na neza ahantu bita Edegen.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.