Ikibuga Intwari kiramaze gukwiza ibisabwa na FIFA Ikibuga c'umupira w'amaguru citiriwe Intwari gishobora gutangura gukinirwako mu mwaka wa 2024 atagihindutse. Ibi vyatangajwe kuri uyu wa kabiri n'uwurongiye…
Inyuma yo kugarukana akanyamuneza mu ba kunzi n'ibikombe vyinshi, umugwi Vital’o Fc ugiye gutangura igice ca kabiri c’ihiganwa rya Primus League 2023-2024 wambaye umwambaro mushasha , n'amasezerano mashasha . …
Inyuma yaho kuri uwu wambere igenekerezo rya 11 Kigarama umwaka wa 2023 hamenyekaniye ko Gustave Niyonkuru yahora amenyereza Kayanza United yamaze kwimukira mu wundi murwi wo mu gihugu ca Comores, vyamaze kwemezwa…
Inyuma yaho Warren Chebby atangiye infashanyo ku mugwi wa Ruvubu Academy w’i Mwakiro mu ntara ya Muyinga hashikiriwe abo kuri Remy Fitness . Kuri uwu wa mbere Igenekerezo rya 11 Kigarama 2023 , niho umurundi aba mu bwongereza…
Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 05 kigarama umwaka wa 2023, uwurongoye Delta Star, NYABENDA Samwel ntiyemeye ivyo umurwi wari washizweho n'uwutwara ishirahamwe ry'umupira…
Umukinyi Otobo Israel abandanya avyitwaramwo neza mu mupira w’amaboko ( Basketball) wo mu Burundi . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 igihe c’isaha umunani ( 14h00) ku kibuga ca Département kiri mu…
Imigwi y’abakukuruke bo mu gihugu kibanyi c’Urwanda ibandanya iza mu Burundi ku bwinshi mu ntumbero yo gukina inkino z'ubucuti nyinshi . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 Isaha zitandatu (12h00)…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 , Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba Étienne Ndayiragije yaraye ashize ahabona Urutonde rw’abakinyi 34 bagiye gutangura imyimenyerezo yo…
Abakinyi beza ba Basketball mu Burundi baraye batanguye imyimenyerezo ya mbere yo kwitegurira abakinyi beza ba basketball bo mu Rwanda . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Munyonyo 2023 neza neza igihe c’isaha 11…
Inyuma yo kumara imisi itari mike bitegurira umurwi nserukiragihugu w'abigeme wa Algeriya, abakinyi b'Intamba mu rugamba bakoze imyimenyerezo yabo ya mbere muri ico gihugu ca Algeriya. Abo bigeme b'umurwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.