Umumenyereza w’Intamba mu rugamba z’abigeme Alain Olivier Niyungeko ( Mutombola) ashobora kuba yagarutse mu mugwi Bumamuru . Mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 17 Gitugutu 2023 I buganda ku kibuga Urunani,…
Tumenyereye ko amashirahamwe ndetse n’abagwizatunga batandukanye aribo bama baterera Ikibuga Intwari, muri kino gihe hariko hashikirwa abari muma groupe whatsap. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 12 Gitugutu 2023 isaha icenda…
Umurwi w’urunani hamwe na Dynamo igiye gusubira guhura mu rukino rwanyuma rwa Finale rw’igikombe c’incungu . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Gitugutu 2023 , niho umurwi wa Dynamo wakina na Tigers mu gikombe c’incungu,…
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme Intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 wasezereye gihugu ca Afrika yepfo kubitsindo bibiri kubindi. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2023 Isaha icenda ( 15h00) , niho…
Umurwi Magara Young Boys ibintu bibandanya bigenda nabi Ku ndwi igira munani y'ihiganwa rya primus League mu gihe yoyo Vital'o Fc igira iti:" ihangiro ni ryarindi nyene" Inyuma y'aho…
Kuri uwu wagatanu igenekerezo rya 7 Gitugutu 2023 ,niho hari hatunganijwe ihiganwa ryo kwinonora imitsi, ihiganwa ryatunganijwe n'ubuserukizi bwa Nigeria mu Burundi bufadikanije n'ishirahamwe ry'abanonotsi mu…
Hampande yo gusezerera umurwi nserukira gihugu wa Éthiopie mu nkino zo kurondera itike ryo gukina igikombe ca Afrika,inkino zikazobera mu gihugu ca Maroc 2024, abamenyereza babiri Alain Olivier NIYUNGEKO "Mutombora"…
Mu kiganiro " Indundi Hit Show" Co kur'uyu wa Kabiri igenekerezo rya 03/10 2023, umutumire umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro . Muri ico kiganiro ahanini bagarutse k'umuzingo w'indirimbo (Album)…
Kuri uyu wambere igenekerezo rya 02 Gitugutu 2023, ku cicaro c'ubuserukizi bw'igihugu ca Nigeria mu Burundi, hatunganijwe ikiganiro ku banditsi n'abamenyeshamakuru, mu ntumbero yo guhimbaza isabukuru…
Birangiye umumenyereza Ismail Nduwantare agarutse muri Magara Young Boys Uwo mumenyereza wa kera w'umurwi BUMAMURU, yahavuye yerekeza mu murwi Magara Young Boys. Imaze kuduga mu cicaro ca mbere arko naho nyene nta gihe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.