Imigwi y’abakukuruke bo mu gihugu kibanyi c’Urwanda ibandanya iza mu Burundi ku bwinshi mu ntumbero yo gukina inkino z'ubucuti nyinshi . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 Isaha zitandatu (12h00)…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 , Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba Étienne Ndayiragije yaraye ashize ahabona Urutonde rw’abakinyi 34 bagiye gutangura imyimenyerezo yo…
Abakinyi beza ba Basketball mu Burundi baraye batanguye imyimenyerezo ya mbere yo kwitegurira abakinyi beza ba basketball bo mu Rwanda . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Munyonyo 2023 neza neza igihe c’isaha 11…
Inyuma yo kumara imisi itari mike bitegurira umurwi nserukiragihugu w'abigeme wa Algeriya, abakinyi b'Intamba mu rugamba bakoze imyimenyerezo yabo ya mbere muri ico gihugu ca Algeriya. Abo bigeme b'umurwi…
Ivyananiye Urunani na New Star vyaraye bikozwe n’umugwi Dynamo FC. Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 26 Munyonyo 2023 I Johanesbourg mu gihugu ca Africa yepfo , aho umugwi Dynamo BBC wari waserukiye igihugu mu nkino za…
Inyuma yo gutsindwa n’igihugu c’Uburundi, umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu wa Gambia yaraye ahayagije abakinyi b’Intamba mu rugamba . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 igihe c’isaha icumi (16h00) mu…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba waraye ukoze imyimenyerezo yambere yo kwitegurira umugwi wa Gambia mu rukino ruzoba kuwa Kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023, mu nkino zo kurondera itike ryo kwitabira inkino…
Ntibikiri ibanga Nestory IRADUKUNDA yamaze kugurwa n'umurwi Bayern München, akaba yaguzwe amafaranga angana n'imiliyoni 3 mu mafaranga y'abongereza(pounds). Nk'uko tubisanga ku rubuga ngurukanabumenyi…
Abakinyi beza baranze ihiganwa ry’urukino rw’amaboko Burundi ( Basketball) mu mwaka wa 2023 bagiye gukina inkino zibiri za gicuti n’abakinyi beza baranze ihiganwa ry’urukino rw’umupira w’amaboko ry’umwaka wa 2023 mu Rwanda .…
Ni munkino zo kurondera imirwi izokina ihiganwa z'icicaro ca Kabiri mu gihugu c'Uburundi aho uzokina n'umurwi Musongati académie Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, Kw'igenekerezo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.