Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi Bigirimana Blaise akinira umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania , ariko aronderwa cane na Yang Africans wo mu gisagara ca Dar es salaam . Amakuru Indundi Sports yahoboye…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 2 Myanadagaro 2020, isaha icenda (15h00) mu nzu y'ubunwero Escotis iri mu Bwiza mu gisagara ca Bujumbura , niho umugwi "les Amies" uhurikiyemwo abakinyi ba kera babiciye…
Umugwi Vital'o Fc uguma utakaza abakinyi batari bake, ubu naho umumenyereza w'umunyegori Amidou Hassan nawe akaba yakuyemwo akarenge. Biciye ku murongo wa terefone mu kuganiro c'inkino co mw'ijoro…
Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura kw'igenekerezo rya 18/07/2020 mu nyakabiga…
Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants niwo waronse amahirwe yo kuduga mu cicaro ca mbere . Mu rukino rwo gutangura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.