Vyatanguye tubona Irebe Company ihagarikira ibikorwa vya August mu Burundi basa nkabatumiwe kuri Radio na Télévision nkuru y'igihugu (RTNB)tugerageje kumenya ivyarivyo bavuze ko kwari ukwunga ubucuti hagati yabo ivyabo…
Uko imisi ihera, niko haboneka ko Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo ariko ategura intambara, Kandi itazoroha. Inyuma y'intambara yavuze ko yatanguye n'umudimudimu, akabivugira muri Guerra Plaza mu Kamenge, uwo…
Ibintu bishasha biguma biboneka ku rubuga ku bijanye n'igiteramo ca Kidum I Buraya, neza neza mu Bubigiri. Inyuma yo kubona abaririmvyi n'aba Slameur b'abarundi bazoboneka mu giteramo ca Kidum I Buruseri, ubu…
Hari umugabo akomoka mu gihugu ca Kenya yahushije inzira iyo yariko aratahuka, indege yiwe ikorokera mu ntara ya Muyinga, nkuko vyamezwa n'abajejwe Intwaro. Amakuru dukesha ikinyamakuru Bonesha Fm avuga ko igipolisi…
Hosy irakoze avugishije abantu ku rubuga rwa Twitter, bamwe batangura kumutuka babaza nimba yoba yibaza ko ari Umugore wa Elon Musk, nyene Twitter. Uwo mumenyeshamakuru akaba na nyene ikinyamakuru Siren Vibe, yanditse asubiza…
Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy'umuziki, n'abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye…
Kuri uwu wa gatatu, Iradukunda Hery benshi muzi nka Drama T yaraye I Kigali mu Rwanda, nkuko vyabashije kuboneka ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi yaheruka I Kigali mu misi iheze, ntiyabashije kuvuga Kuri urwo…
Buri gihe Kidum ahamagarira abaririmvyi guhosha ukutumvikana Kuri hagati yabo, none yaraye asutse amavuto ku muriro aho yahura na Big Fizzo mu bubirigi. Ifoto yaraye ibonetse ku mbuga za Facebook za Big Fizzo na Kidum,…
Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n'ivy'ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n'umu Dj, DJ Paulin zisa n'izacureshe, ubu naho hajemwo ivy'uko abaririmvyi basa. Ivyo navyo bikaba biheruka…
Nkuko twabibashikirije mu makuru yacu umuririmvyi Emery Sun kuva igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2023 abarizwa mu gihugu ca Kenya igikorwa camujanye co kuririmbana na Baino gisa nkicarangiye kuko vuba aragaruka mu Burundi nayo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.