Uwuzwi nka Manager wa Drama T yoba hari ico apfana na Taruk Bashir? Uyu ku batamuzi akaba ariwe atwara Interpetrol, company ijejwe kuzana igitoro mu Burundi. Ico kibazo cibajijwe aho uwo mugabo asanzwe nawe ari umugwizatunga…
Ivya Drama T na Management yahoramwo birakomeye, amakuru mashasha kuvyo boba barabesheye uwo muririmvyi wa Madam bibandanya kuja ahabona. Uwo muririmvyi ashobora kuba yaragize imisi yagirizwa kuba ari umwana, aheruka guishira…
Kimangu yamenyekanye nka Kim Frans, abenshi bamumenye mu bikorwa vyo gufasha abaririmvyi muri studio yiwe Kim Frans Record. Yabitanguye kuva mu myaka ya 2005, aho twovuga abaririmvyi nka Sat- B, Abakonangwe,Wawa,Pop…
Mu gihe bwaca isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe Abakozi n'akazi, Drama T nawe yahimbaje uwo musi akwijije abamukurikirana 100,000 ku rubuga rwiwe rwa YouTube. Uwo muririmvyi akaba abakwije mu gihe Indirimbo ziwe…
Uguhagarikwa kw'indirimbo zimwe zimwe, ngo bishobora kuba ari inzira nziza kur'izo kugira zibandanya zirabwa cane ku rubuga rwa YouTube, nkuko twabonye ababikoreyeko. Mu gihe abandi barira ayo kwarika kuko Indirimbo…
Mu gihe abarizwa Ku mugabane wa buraya muri ino misi, umuririmvyi Big Fizzo yasubiye Kandi kuboneka arikumwe muri Studio n'umuririmvyi w'umunyarwanda DJ Pius hamwe n'umurundi yitwa Pizzo. Nkuko vyemejwe…
Imbonekarimwe, ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, rigabiwe Imodoka yo mu bwoko bwa Renault, ariko ikaba iri ku mugabane wa Buraya. Iyo modoka ikogwa n'abafaransa ikaba yemewe n'umuririmvyi Bobona yisumamwo…
Iyindi ndirimbo iri muri zimwe zahagarikwa na rwa rwego rugenzura uko ibimenyeshamakuru bikora, CNC, igiye gukorerwa Cover, iyo nayo ikaba ari Yalampaye, ya Kivumbi King na Kirikou akili. Iyo ndirimbo ikaba igiye gukorerwa…
Cedric Bangy ari mu baririmvyi batarya umunwa mu gushikiriza ko bari mu bagwaniye droit d'auteur kuva kera, yatumiriye abaririmvyi kuzokwitabira mu misi iza imyiyerekano, bazotunganya. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Mu gihe Sat-B aheruka gushikiriza ko yahisemwo kuvuga umu Legend akiriho, hako amuvuga yaritavye Imana. Big Fizzo nawe ashize akunyu muri iryo Jambo rya Sat-B. Akoresheje urubuga rwa Facebook, Big Fizzo yasohoye Photo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.