Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakina urukino rwo ku musenyi uriko ukora amateka adasanzwe mu gihugu ca Seychelles. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 , niho umurwi nserukira gihugu Intamba mu…
Mu makuru yacu duheruka kubashikiriza twababwiye k'umuririmvyi Aime M asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Reta zunzubumwe bwa Amerika indirimbo yiwe yavuze ko isohoka igenekerezo rya 26 Ruheshi 2023 isango ryabaye…
Mu gihe n'ubu hakiriko hararonderwa uko bishoboka kwose ngo Big Fizzo abashe gukwiza Views 1,000,000, ku ndirimbo yiwe n'imwe afise Ku rubuga rwiwe rwa YouTube rugeze ku barukurikirana barenga 120,000, habonetse…
DJ Paulin ntibamworoheye ku rubuga rwa Twitter, kubera ivyo yashikirije kuri Snapchat vyazanywe Kuri urwo rubuga biraheza bifatwa nabi na bamwe bamwe. Uwo Mugabo asanzwe akorana vya hafi n'abaririmvyi batari bake, akaba…
Kubwa Espérance ngo ntahantu Imana itokura umuntu yarabibonye, mu buzima bwiwe akivyara umwana wambere yaba muri chambrette n'umugabo wiwe ubuzima bwogufungura ari uguhangayika ashikanwa kubitaro atanur'ufaranga na…
Wa Mukozi w'Imana w'umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y'itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu…
Umuririmvyi Sat-B ngo bwa bundi Harmonize amufitiye ideni ritari rito, ayo n'iyo makuru uwo mugabo aheruka gutanga mu kiganiro yakoze mu ntango z'uku kwezi muri Tanzania. Uwo Mugabo w'abana 3, aheruka…
Umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba waraye uteye iteka igihugu c’Uburundi . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Ruheshi 2023 Isaha icenda 15h00 mu masaha y’Uburundi ku kibuga citiriwe Mkapa kiri mu gisagara ca…
Nkuko bisanzwe igenekerezo rya 21Ruheshi n'umusi w'ahariwe umuziki kw'isi nzima (fête de la music)ishirahamwe ry'abaririmvyi ( amicales des musiciens)bari bateguye ibirori bidasanzwe mu kwigina uwo musi…
Ibintu birakaze, ngo hari abantu batanguye gusaba ibintu bakoresheje imbuga za Instagram zitirirwa Drama T Kandi atazi n'ivyazo. Uwo muririmvyi wa Madam canke ITamporize aheruka kumenyesha ko ibintu bitoroshe, kuko hari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.