Ca gikorwa giheruka gukorwa n'inama y'igihugu ijejwe gucungera uko ibinyamakuru bikora, kibandanya kuvugisha benshi. Big Fizzo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yanditse ngo:" Umusi nzotangura kwambara…
Ya Ndirimbo Intare batinya RMX ya Yvan Muziki, yari imaze imisi iriko ivugisha benshi ku mbuga ngurukanabumenyi, ko hari amashusho y'umukuru w'igihugu yashizwemwo ariko atarakwiye gushirwamwo, kuko adahuje…
Rurandagaye Gédeon Se wa Nestory Irankunda yipfuza ko umwana wiwe akinira Intamba mu rugamba. Ivyo akaba yabivugiye mu kiganiro yaraye akoranye na Indundi Tv aho yashoboye kuvuga ubuzima bwiwe bw’umupira w’amaguru…
Umukuru w'igihugu Varisito Ndayishimiye n'umutambukamyi wiwe n'abo bakaba bateye iyindi ntambwe. Hampande ya Compte y'Umukuru w'igihugu, y'ibinyamakuru, n'abaririmvyi, imigambwe…
Sebarundi ngo yumvise amaborogo y'#abatwip Imyidogo abarundi batari bake cane cane abakoresha imbuga ngurukanabumenyi bari bagize imisi bafise, Se barundi yayumvise. Kw'igenekerezo rya 10/5, I Gitega hakoraniye…
Mu gihe hari hagize igihe havugwa ko abanyarwanda aribo bonyene bumvikana i Bujumbura, ariko abarundi I Kigali, batumvikana, zoba zahinduye imirisho. Ivyashikirijwe n'umwe muba Comedien b'abanyarwanda mu misi iheze,…
Abaririmvyi bateramisha abantu mu bibanza bitandukanye vyo kuryoheregwamwo ngo abibazako bashoboye gusubiramwo gusa indirimbo z'abandi ngo baravyihendako kuko bahora banasohora indirimbo zabo, kandi bashigikiwe ivyo…
Lionel Messi umukinyi w'umunya Argentine akaba anakinira umugwi Paris Saint Germain w'Ubufaransa, ngo ntagisubira gukinira uwo mugwi, kuko yamaze kwemera amasezerano yo gukinira umugwi wo mu barabu. Amakuru…
Uwuzosuburira Kajala Frida yoba yamaze kuboneka, uwo nawe hakaba hanuganugwa ko yoba ari Yolo The Queen umunyarwandakazi binavugwa ko afise amamuko mu Burundi. Muri iyi misi 2 iheze, uwo muririmvyi w'umunya Tanzaniya,…
Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y’amazi,Ingona, Inzara, Imibu n’Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta Ego nivyo Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n’Umutekano yarifatiwe mu gahanga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.