Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy'umuziki, n'abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye…
Kuri uwu wa gatatu, Iradukunda Hery benshi muzi nka Drama T yaraye I Kigali mu Rwanda, nkuko vyabashije kuboneka ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi yaheruka I Kigali mu misi iheze, ntiyabashije kuvuga Kuri urwo…
Buri gihe Kidum ahamagarira abaririmvyi guhosha ukutumvikana Kuri hagati yabo, none yaraye asutse amavuto ku muriro aho yahura na Big Fizzo mu bubirigi. Ifoto yaraye ibonetse ku mbuga za Facebook za Big Fizzo na Kidum,…
Myugariro w’Intamba mu rugamba Marco Weymans yongereje amasezerano mu murwi wa Beerchoot wo mu cicaro ca kabiri mu Bubirigi. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 03 Rusama 2023 , niho umukinyi w’inyuma w’Intamba mu…
Myugariro w’Intamba mu rugamba akinira umurwi wa Rayon Sports yagarutse mu kibuga . Ndizeye Samuel asanzwe akinira umurwi nserukira Intamba mu rugamba hamwe n’umurwi Rayon Sports wo mu Rwanda kuva aho agarukiye mu kibuga…
Mu gihe hari hamaze Kabiri induru zijanye n'ivy'ukunuka zagirijwe umugwizatunga akaba n'umu Dj, DJ Paulin zisa n'izacureshe, ubu naho hajemwo ivy'uko abaririmvyi basa. Ivyo navyo bikaba biheruka…
Nkuko twabibashikirije mu makuru yacu umuririmvyi Emery Sun kuva igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2023 abarizwa mu gihugu ca Kenya igikorwa camujanye co kuririmbana na Baino gisa nkicarangiye kuko vuba aragaruka mu Burundi nayo…
Uwuzwi nka Manager wa Drama T yoba hari ico apfana na Taruk Bashir? Uyu ku batamuzi akaba ariwe atwara Interpetrol, company ijejwe kuzana igitoro mu Burundi. Ico kibazo cibajijwe aho uwo mugabo asanzwe nawe ari umugwizatunga…
Ivya Drama T na Management yahoramwo birakomeye, amakuru mashasha kuvyo boba barabesheye uwo muririmvyi wa Madam bibandanya kuja ahabona. Uwo muririmvyi ashobora kuba yaragize imisi yagirizwa kuba ari umwana, aheruka guishira…
Kimangu yamenyekanye nka Kim Frans, abenshi bamumenye mu bikorwa vyo gufasha abaririmvyi muri studio yiwe Kim Frans Record. Yabitanguye kuva mu myaka ya 2005, aho twovuga abaririmvyi nka Sat- B, Abakonangwe,Wawa,Pop…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.