Mu gihe bwaca isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe Abakozi n'akazi, Drama T nawe yahimbaje uwo musi akwijije abamukurikirana 100,000 ku rubuga rwiwe rwa YouTube. Uwo muririmvyi akaba abakwije mu gihe Indirimbo ziwe…
Ukuboneka Kandi Kwa Madame Sofia Buyoya kwatumye abatari bake bibuka ibitari bike nkuko vyabonetse ku rubuga rwa Twitter. Uwo muvyeyi yaramaze igihe ataboneka mu binyamakuru hano iwacu, yabonetse arikumwe n'umutambukamyi…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssouf batazira Nyange yasubiye kugira imvune kuri kwa kuguru kwiwe . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2023 ,aho umumenyereza wa OGC Nice Didier Digard…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba hamwe na As Kigali mu gihugu c’Urwanda Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza muri ico gihigu . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2023 , aho umurwi…
Abarundi baraye bakoze amateka mu gihugu ca Tanzania mu gutahukana imidari myinshi kurusha ibindi bihugu . Ku musi w’Imana igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2023 , niho haraye hasozerewe ihiganwa ryo guhana umwereka (Judo) rihuze…
Igisagara ca Bujumbura carifadikanije n'ayandi makungu mu guhimbaza umusi mukuru Mpuzamakungu w'abakozi n'akazi kw'igenekerezo rya 01/05/2023. Ku kibuga c'ishuri y'imyuga ETS Kamenge niho…
Mu gihe abarizwa Ku mugabane wa buraya muri ino misi, umuririmvyi Big Fizzo yasubiye Kandi kuboneka arikumwe muri Studio n'umuririmvyi w'umunyarwanda DJ Pius hamwe n'umurundi yitwa Pizzo. Nkuko vyemejwe…
Imbonekarimwe, ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, rigabiwe Imodoka yo mu bwoko bwa Renault, ariko ikaba iri ku mugabane wa Buraya. Iyo modoka ikogwa n'abafaransa ikaba yemewe n'umuririmvyi Bobona yisumamwo…
Iyindi ndirimbo iri muri zimwe zahagarikwa na rwa rwego rugenzura uko ibimenyeshamakuru bikora, CNC, igiye gukorerwa Cover, iyo nayo ikaba ari Yalampaye, ya Kivumbi King na Kirikou akili. Iyo ndirimbo ikaba igiye gukorerwa…
Cedric Bangy ari mu baririmvyi batarya umunwa mu gushikiriza ko bari mu bagwaniye droit d'auteur kuva kera, yatumiriye abaririmvyi kuzokwitabira mu misi iza imyiyerekano, bazotunganya. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.