Mu gihe Sat-B aheruka gushikiriza ko yahisemwo kuvuga umu Legend akiriho, hako amuvuga yaritavye Imana. Big Fizzo nawe ashize akunyu muri iryo Jambo rya Sat-B. Akoresheje urubuga rwa Facebook, Big Fizzo yasohoye Photo…
Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n'ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n'indirimbo yiwe. Akoresheje urubuga…
Mu gihe Kuri Twitter hari hagize akanya hari impari kubera FOTO ya Mow Kanzie yafotowe n'umwe muri ba gafotozi bari mu bikorwa vyateguwe n'ubumwe bwa Buraya, Mow Kanzie nawe yashizemwo akunyu. Bamwe muba…
Hambavu y’umwuga basanzwe bakora ujanye n’ugupima ingwara, abahurikiye mw’ishirahamwe ry’abize n’abakora mu gisata co gupima ingwara ANTEBBU buguruye icese kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2023, i…
Umurundikazi akina urukino rwa Tennis Nahimana Sada abandanya yunguka ibibanza ku rutonde rw’ishirahamwe mpuzamakungu rya Tennis . Uwo mukinyi w’umurundikazi yungutse ibibanza 22 inyuma y’ihiganwa mpuzamakungu rya World…
Imvura ivanze n’urubura yaguye I Gitega niyo yatumye igisenge gisakaye cose c’ikibuga c’umupira w’amaboko basketball gisenyuka n’umuyaga. Hari kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2023 isaha zitandatu z’umurango (…
Umurwi nserukira gihugu w’abigeme w’Uburundi wihanije bimwe bikomeye umurwi nserukira gihigu wa Somalia . Hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2023 mu gihugu ca Tanzania , aho umurwi nserukira gihugu…
Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s'uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere…
Mu gihe hagati ya Big Fizzo n'abana yareze Kirikou, Double Jay na Drama T hari icuka kitari ciza, bamwe bemeza ko uwo Mugabo yoba yatanze indero nziza Kuri abo basore muri ino misi bakunzwe cane. Naho ata vyinshi…
Mu gihe baheruka guhagarikirwa indirimbo, bazihora ko zirimwo amajambo canke amashusho atitura imico n'imigenzo y'abarundi, nubu basubiriye hari izindi zishobora kuzoba zimeze nkazo zigiye gusohoka. Umusi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.