Mu gihe abakiri bato bashinga insamirizi zabo baharurwa ku ntoke, Isaac yoba ari muribo, kuko yavuye gukorera abandi, akaja kwikorera muri Isaac TV, none amaze misi akoze mu nsamirizi yiwe. Abo yakoreye bamufashe nabi, ngo…
Muribuka DJ Paulin amenyesha ko hari abandi baririmvyi bakorera ku mugabane w'uburayi, bazokorana na Drama T muri ca giteramo afise i Buraya? Ubu amazina yatanguye kumenyekana. Bahaga umuririmvyi w'inararibonye mu…
Umukinyi w’Umurundi Bigirimana Abedi abandanya yigenza neza mu gihugu c’Urwanda. Hari igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2023 aho umurwi Kiyovu Sports wari wakiriye umurwi wa Gorila Fc mu rukino rw’indwi ya 26 y’ihiganwa ryo mu…
Umurwi R. FC Warnant ukinamwo umunyegori w’Umurundi Bizimana Aladin waduze mu cicaro ca gatatu . Uwo murwi watahukanye igikombe co mu cicaro ca kane mu gihugu c’Ububirigi ubanje gutsinda igitsindo kimwe ku busa umurwi Fc…
Kuri uyu wa 25 Ndamukiza 2023 Emery Sun yavuze KO Ku ncuro yiwe yambere yuriye indege inyuma y'imyaka irenga 10 ariko arakora umuziki . Baino umuririmvyi wa kera yamutumyeko muri Kenya kugira bakorane, bamwe ngo ntiyari…
Uwukoreye canke akavuga Big Fizzo nabi, ngo ashobora gukorerwa nabi mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ivyo biheruka gushikirizwa n'umuririmvyi yitwa Mr Lee mu kiyago aheruka kugirana na webtv yitwa TYS TV. Ku…
Igihe B face atumirwa ku musi w'inkerebutsi, akanaronka akaryo ko gushikiriza ijambo umukuru w'igihugu, ngo imisi yakurikiye yamubereye mibi, ku buryo ashima kwandika ikete asaba imbabazi. Naho ico ciyumviro casa na…
Muribuka tubamenyesha ko ya Ndirimbo Kirungo ya Double Jay yabuze irengero? Yasubiye Kandi kubona ariko ubu yabonetse ahandi hantu. Ibura ry'iyo ndirimbo ku rubuga rwiwe rwa YouTube, vyari vyateje amakenga abateri bake,…
Esther Nish n'umuririmvyikazi bitumwako no mu kuvuza ivyuma, ariko nubwo biri uko abakunzi biwe ngo yari yabanyoteje, kuva arekura Ep yiwe ngo yaciye aburigwa irengero ? Muvyo bakundira Nish n'ukuntu atanga…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 aho umurwi Zanaco ukina mu cicaro ca mbere muri Zambia wari uramutse wakira umurwi Kansashi Dynamos Fc mu rukino rw’indwi igira 30 y’ihiganwa ryo muri Zambia…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.