Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y'umupira…
Mbe mumenyera Mista Champagne azoja kuraba mama Kajala ryari? Aho aheruka muri Tanzania yari yamenyesheje ko afise umugambi wo kuzomurongora noneho bakabana nawe. Kuko ivyo Kajala avugiye muri Kenya, umengo Mista Champagne…
Urugamba rwo kuraba uwusumvya uwundi, canke uwumaze gukora ibikomeye hagati ya Big Fizzo na Sat-B, rurabandanya, kuko uko Big Fizzo yerekanye ico amaze gukora na Sat-b nawe mu misi mikeya aca yerekana akandi. Inyuma…
Ugukorana n'abahinyanyuzi bashasha, ngo aba kera babibonemwo kubavunira agagohe kugira bikebuke. Ivyo biheruka gushikirizwa na Rally Joe mu kiganiro The Star System. Muri ico kiganiro, Rally Joe yavuze ko Ingabire…
Mu gihe agahengwe katari bwaboneke kubera amakuru ya wa munonotsi w'umugabo aheruka kumenyekana ko agiye kuzohiganwa ari umunya Espagne, none Francine Niyonsaba nawe akojeje agati mu ntozi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Abaririmvyi ngo bari bakwiye guca bugufi kuko kugira hit ngo ntibiguha vyose, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Nimbona Jean Pierre Kidum benshi Bazi nka Kidum. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo Mugabo abarizwa…
Alvin Smith asubiye Kandi kurikoroza aho yavuga Kandi ku mugore wiwe bamwe baca bamufata mu kanigo, barimwo Ddhumba. Alvin Smith nkuko y'ama yasubiye Kandi kugira abo ashimira, ariko agaruka cane ku mugore wiwe Nirnah…
Abatari bake mu barundi ngo barashigikiye ingingo yafashwe n'umunonotsi w'umurundi Ndikumwenayo Thierry, naho bamwe bamufashe nk'igihemu kuko asa n'uwateye umugongo Uburundi. Amakuru mashasha yabonetse…
R Flow ngo gukora RMX ya Hakuna Matata ngo vyabaye Inyungu ikomeye kuriwe, kuko ngo vyatumye atera intambwe ikomeye mu Muziki wa hano iwacu. Uwo muririmvyi ari mu baririmvyi bamaze kumera imvi muri uno mwuga wo kuryohera…
Alvin Smith ngo nta Mugambi afise wo kwiteranya Kuri Big Fizzo afata nka mukuru wiwe, canke Kuri Dj Paulin afata nka Boss wiwe kuko amuha ibiteramo akatari gake. Iyo niyo nyishu uwo muririmvyi yatanze bamubajije ivya ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.