Uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu ntara ya Bujumbura Rural Gakili Djumapili ngo ntanzu iriko irasha mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ryabo "Association Provinciale de Bujumbura Rural". Ivyo akaba!-->!-->!-->!-->!-->…
L'organisation non-gouvernemental "Avocats Sans Frontieres (ASF)" au Burundi se trouve actuellement dans l'impossibilité de lever sa suspension de continuer d'oeuvrer sur le territoire burundais et!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2018, Reta y'Uburundi iciye ku mushikiranganji wayo w'ikigega ca Reta n'iterambere Domisiyano Ndihokubwayo, yateye umukono ku!-->!-->!-->…
Naho atatanze ikibanza azobukoreramwo canke uko bizogenda, uwo muririmvyi w’umunyaTanzania, Diamond Platnumz yavuze ko igihe bamuhebeye ariwo musi azokorerako ubugeni. Ubugeni bumaze igihe buvurwa ko Diamond agiye!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=uzUyXNNw1Fg&feature=youtu.be&fbclid=IwAR19GMkSyzSpq637VdQarCVYT3qeUK_zMKSfJ39LwKk-ZPk72grGecvbisE
Sat-b yararenze inzego mu guhangara Lolilo, kuko uwo ngo n’inararibonye Mu gihe Satb na Lolilo muri kino gihe basa n’abatavuga umwe, Sat-b yatanguye kugira ico abwira n’aba na bariya kuri ico kintu yakoze. Bamwe mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Kigarama umwaka wa 2018 niho habaye tombora y'ingene imigwi 16 izohura mu gice ca 8 gishira icanyuma c'igihanwa rya UEFA champions league . Uku Niko imigwi 16 yatomboye ingene izohura!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Kidum amarira yari yose kubera urupapuro rw’inzira rwiwe rwa rwatakaye, uwo muririmvyi yamenyesheje ko urwo rupapuro rwahavuye ruboneka. Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Facebook aho yari yamenyesheje ko urwo!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 15 na 16 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 18 yayo. Uku Niko baraye batsindanye :- LLBS4A yaratsinze Umugwi Flambeau de l'Est ibitsindo 2 Ku 0-!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.