Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka w'2018, inama nshikiranganji yari yaramutse ikoranira ku murwa mukuru w'intara ya Gitega aho muvyari kwirwa uwu musi harimwo integuro y'itegeko rijanye!-->!-->!-->…
Kuri uno wa kane waraye uheze igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka w'2018, igipolisi kijejwe kuraba umutekano wo mu mabarabara cari caramutse cugurura icese uruganda rwo gusigurira amashirahamwe asanzwe yunguruza abantu!-->!-->!-->…
Igipolisi c'Uburundi caraye gifashe umugabo yikekwa kuba yahora akora urudandazwa rw'abantu abavana mu Burundi abajana muri Qatar. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 19 Kigarama niho bwana Haruna Nzisabira!-->!-->!-->!-->!-->…
Igisata kijejwe kugenzura abanyabuhinga co mu gihugu ca Tanzania cahagarikiye Diamond na Rayvanny, ngo ntbakirekuriwe gukora igiteramo mu gihugu ca Tanzania canke inyuma yaco. Amakuru dukesha umunyamabanga mukuru Waco mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Abagore b’abanyarwandakazi bafise amafaranga ngo baramaze abagabo b’abarundi babarizwa mw’I kambi ya Mahama nkuko bishikirizwa n’umwe mu batwawe umugabo. Mw’ikambi ya mahama ngo abagabo, baba abazananye n’abagore, co!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat-b yumvikanye mu karirimbo aho agaruka ku bamutunga urutoke ko asigaye ahangara abakomeye, ako kakaba ari kamwe muri 3 twashizwe ahabona uno musi turi kw’izina ryiwe. Mu gihe yarashize ahabona akaririmbo gashasha!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/QEl6MTL5YyA?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Abanyeshure bariko bariga igice ca kabiri c'amashure nshingiro y'abigenga batatoye ikibazo c'umwaka w'icenda ngo boba barakinjura bakaja mu mashure y'imyuga kuko ata mpamyabushobozi bazoronswa. Kuri uno wa gatatu!-->!-->!-->!-->!-->…
José Morinho yari asanzwe ari umumenyereza wa Manchester United ntakiri umumenyereza w'uyo mugwi. Intandaro yo kwirukanwa kwiwe ngo ni umusaruro mubi amaze imisi ariko atanga mu mugwi Manchester United . Abasanzwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.