Communaute y'abarundi baba muri Canada, uno mwaka irungu ntirizobatera, kuko abatari bake mu barundi bagiye gukuranwa mu kubateramisha. Hampande ya Double Jay, Vania Ice na Drama T bagiye kuzoteramisha abarundi muri…
Igikorwa co kwubaka ikibuga Intwari kibandanya citabirwa ku buryo bushimishije . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2023 , isaha zibiri zo mu gitondo niho abahagarikizi bo mu Burundi baserukiwe n’umutware…
Ca Kibazo Kiri hagati ya Big Fizzo na DJ Paulin, gisubiye Kandi guhindura isura. Kuko hampande y'uko Ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi ryabishizemwo ikirenge, ubu naho Bigiyemwo Pacifique Nininahazwe. Uwo…
Umuririmvyi August Burundi abarizwa muri "Irebe company"yari yemereye abakunzi biwe amasanamu y'indirimbo Nyamwigendako nubwo vyagoranye igikorwa ngo caraheze. Uwo muririmvyi arashimira cane Fiston yigeze…
Mu gihe hariko havugwa Ivya Big Fizzo, ko ugufata indege ari ibisanzwe kuriwe, ngo bisigaye bimeze nk'ugufata bus, Drama t nawe ashizemwo ikirenge. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, Drama T yerekanye ko ikibazo…
Hari kw'igenekerezo rya 15 Ndamukiza aho yemanga imbere y'abaserukira l'ETA mu Nyakabiga kumwe n 'imiryango Ko agiye kwubakana n'Umupfasoni Ininahazwe Francine, umwigeme yemeranya n Umutima wiwe KO…
Big Fizzo yasubiye i Buraya, aho yaramaze imisi, inyuma yo gukora akazi yari yahamagawemwo. Ako nako kakaba kari ako gukora igiteramo, igihe hugururwa inyubako Guerra Plaza mu kamenge. Uwo musi Big Fizzo akaba yashikirije…
B Face inyuma yo kubwira DJ Paulin ko yarakwiye gufasha abaririmvyi banuka akabagurira agasabuni n'aga Perfum, ubu naho yamusavye Liste yabo ngo abakorereko. Kuri uyu wa gatanu, umuririmvyi B Face yabonetse muri Video…
Amazina yiwe yahawe n'abavyeyi ni Richard HAKIZIMANA Yavukiye mu Burundi mu Ntara ya Bujumbura muri Ntahangwa muri quartier ya Kamenge. Yavutse mu mwaka w'ibihumbi bibiri (en 2000) akaba afise imyaka mirongo ibiri…
Twabamenye Inyuma y'ivyago bahuye navyo ivyabo bigasha bagitokombera bagasigara bifumbereje, nayo umupfasoni Élisabeth ubukene bumaze kumuzengereza agitamwo gutana abana mu nzu Peniel ariyomokera. Uwo mugore…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.