Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré kugira ngo ajanwe muri Burkina Faso gucirwa urubanza rujanye n'igandagurwa ry'umumenyeshamakuru Norbert Zongo mu mwaka w'1998. Kuri uyu wa gatatu waraye…
Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, Vianney , Bosco na Huguette bakaganira bahuza,…
Umugwi vital'O Fc wari waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup wasezerewe muri ayo mahiganwa urinze kunyagirwa imvura y'ibitsindo. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Kigarama, isaha icenda…
Umurundi aba mu gihugu Ubwongereza Warren Chebby Ndayishimiye kuri uno wa gatatu igenekerzo rya 5 Kigarama, yatanze akaganuke k'ibikoresho vya Sports mw'ishure ry'umupira w'amaguru, Gitega Academy riri mu…
Bamaze kubica hirya no hino, abahinga basanze rero intango ya vyose ari ivyiyumviro vya muntu. Ivyiyumviro vyawe bivamwo ivyamwa bijanye n'ibishobisho ( émotions) ubifatanije. Ivyiyumviro vyawe muri rusangi abahinga…
Ubuheruka, tuvuganye ibijanye n'ukugenzura ibijanye n'ivyiyumviro vyawe, aho abahinga baguhanura ko wokwamana na ntaryo ufise aho wandika ivyiyumviro vyose ubona bikomeye bishobora kugufasha, maze ukaza navyo…
Kubera ibura ry'udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye imbere kuko kakira baba abenegihugu…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba ndetse n'Umugwi Rayon Sports Bimenyimana Bon fils Caleb yafatiwe ibihano bikomeye n'ishirahamwe rirongoye umupira w'amaguru mu Rwanda FERWAFA . Eka si…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.