Mista Champagne ngo abamuca intege kuvyo ariko arakora ngo nuko Kajala atamushigikira, ngo ntatahura ukumushigikira baba bariko baravuga ukwarikwo. Uwo muririmvyi abarizwa muri Tanzania aho yagiye gukora amasanamu…
Abarundi batari bake barabandanya baterera ikibuga citiriwe Intwari kiri mu gisara ca Bujumbura. Mu gatondo ko Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 Isaha 2 n’iminota 30 , niho abakunzi b’umupira w’amaguru ,…
DJ Paulin yiswe umudimudimu akagirizwa KO atari Umurundi, isemo ryoba rigeze he ryo yakwa ubwo bwenegihugu bavuga ko afise adafitiye uburenganzira? Ibintu birakaze, DJ Paulin habuze gato ngo bamusabire kwirukanwa mu…
Kirungo wa mugore yagirizwa kwiba abagabo, ashobora gutuma Double Jay asubira Kandi ku kinwa ya benshi, kuko hamaze gusabwa gukorana hagati yabo. Mu gihe twari turindiranye igishika cinshi Indirimbo nshasha ya Double Jay,…
Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo Mugabo asanzwe nawe afise Label yitwa Bukiv Label, yavuze ko kubona Double Jay, Drama T na kirikou Akili batavuga ko baciye muri Bantu Bwoy bibabaje cane. Uwo Mugabo asanzwe Ari muri…
Igihugu ca Indonesie gitumye Igihugu c’Uburundi gitakaza ibibanza ku rutonde rwa FIFA . Nkuko bisanzwe buri ukwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’ingene ibihugu bisubasumbana ibibanza…
Amakuru yagumye acanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi kur'uyu wa kane igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2023 yavuga iyirukanwa ry'umwigeme agisibije mu gutwara abagabo b'abandi, Double Jay abikozemwo indirimbo,…
Sat-b ama Commentaire akarishe y'abafana yatumye afunga igice cayo igihe yatanga Itangazo rihakana ko Drama T atamutwaye ikibanza ca mbere mu bafise ama Views menshi, none induru zabaye zose. Mu gihe haheze imisi…
Drama T ngo natigenza neza, ngo ugukorana kwiwe na DJ Paulin buca amutwara muri Amerika na Canada gukora ibiteramo, gushobora guhera nkuko vyagenze Kwa Mb Data yari mu kibanza agiye kugendamwo. Ivyashikiye MB Data…
David Nduwimana yitezwe mu biteramo i Bujumbura, akazonakorera igiteramo I Kigali mu Rwanda aho azoba arikumwe n'ibicocoro vy'abanyarwanda mu Muziki wo guhimbaza Imana, nka Alexis Dusabe. Mu gihe David Nduwimana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.