Inyuma y'imyaka ishika kuri 5 adashikiriza n'ikintu na kimwe ku bamenyeshamakuru kuvyerekeye ingorane ziwe n'uburongozi b'utwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB , Saido!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryahojeje umuryango wa Papy Faty. Mu nyandiko iryo shirahamwe ryaraye rishize ahabona ryanditse riti : "Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ,!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Everlasting life choir urongowe na Jackson, umurundi aba muri Reta zunze ubumwe za Amerika neza na neza mu gisagara ca Phoenix muri Arizona, uriteguriye gushira kumugaragaro album yawo ya mbere bataziriyeHii Dunia. !-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league rigiye kurangira . Izi nizo nkino z'indwi ya 30 ariyo ndwi yanyuma zigiye guhura Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka wa 2019 : Isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu musi wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka w'2019, abarundi baba mugihugu ca Djibouti bari baramutse bahurira hamwe mu ntumbero y'uguhanahana ivyiyumviro ku cegeranyo c'ibikorwa vyaranguwe!-->!-->!-->…
Sat- B yemeza ko naho ataramenya umusi nyezina izosohokerako ariko ngo ishobora kumvikana agace gato mugiteramo categuwe na Cristal Events citiriwe Sheebah Vip Concert; iyo nayo siyindi n'indirimbo bakoranye na Team!-->!-->!-->…
Umuririmvyi w'Umurundi aba mu mahanga amenyesha ko yiteguriye kwitoza mu kibanza c'ukurongora ishirahamwe ry'abarundi baba muri Arizona BAHO (Burundian-American Heritage Organisation). Mu gihe kuri uyu w'Imana uza!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Papy Faty yitavye imana giturumbuka . Hari kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 25 ndamukiza umwaka wa 2019 aho Umugwi Melanti Chiefs ukinamwo Papy Faty wo mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno musi wa kane igenekerezo rya 25 Ndamukiza niho Honorable Reveriyano Ndikuriyo asanzwe arongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi yugurura icese uruganda rwo gushigikira umugwi w'intamba mu!-->!-->!-->…
Inyuma yo kumenyekana ko atakibonetse mugiteramo ca Cristal Events ciswe "Sheeba Vip Concert" abarizwa hano mugisagara ca Bujumbura kuva kuri uyu wa 24 Ndamukiza 2019. Uwo nawe si uwundi ni Natacha NGENDABANKA Aho!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.