Umumenyereza w'umurundi yari asanzwe amenyereza umugwi As Kigali Massoudi Djuma yirukanywe muri uyi mugwi. Akaba yirukanywe n'uburongozi bw'umugwi As Kigali kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ndamukiza!-->!-->!-->!-->!-->…
Aho Label ya Bizimana Aboubakar Karum(Sat-b) isohoreye iyindi mpano mu muziki w'Uburundi ariwe Belle9ice n'akaririmbo kiwe yise SABO asanzwe ari mu rukundo nuyo muririmvyi Sat-b ari nawe CEO wa Empire avenue,!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhuza w’abarundi Edouard Nduwimana yakiriye kuri uwu wa kabiri umunyamabanga mukuru w’urwego rw’idini rya Islam kw’isi yose rujejwe gushira mu ngiro imigambi iba yaremejwe, bompi bakaba bavuganye ibijanye n’ingene!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzak ivyo akorera mu ntamba mu rugamba ninavyo akora muri Algeria mu mugwi Js Kabylie . Ku musi w'imana igenekerezo rya 21 Ndamukiza umwaka wa 2019, Umugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyagihugu umwe yaraye ahasize ubuzima nyo umuporisi arakomeretswa n'igisasu ntezwantoke mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 22 Ndamukiza umwaka w'2019. Nk'uko bishikirizwa na OPP1 Petero!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikibuga c'inkino kiri mu ntara ya Makamba Peace Park Complex ngo kigiye kwugururwa vuba. Ku musi w'Imana uheze igenekerezo rya 21 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse gushimira!-->!-->!-->…
Ibura rya Natacha mu giteramo ca Natacha ngo ntaco rihindura, kanatsinda ntazonasubirizwa kubera abaririmvyi bateguwe ngo bakwiye. Natacha muri kino gihe ngo ntakiri umuririmvyi akirondera udufaranga, nico gituma!-->!-->!-->!-->!-->…
Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo. Amakuru dukesha radiyo isanganiro amenyesha ko mu ntumbero yo gukingira ibiti n'amashamba ageramiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihugu c'Ubuganda, umuririmvyi akongera akaba umushingamateka atavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Perezida Yoweri Kaguta Museveni azwi kw'izina rya Bobi Wine yahagaritswe n'igiporisi co muri ico gihugu!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.