Umugwi Aigle Noir wo mu ntara ya Makamba wakoze amateka utari bwakore . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 Ntwarante umwaka wa 2019 , isaha indwi 13h00 z'umuhingamo ku kibuga c'i Gitega citiriwe ingoma!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2019, ishirahamwe mpuzamakungu riraba ibijanye n’inyigisho hamwe n’imico kama mu Burundi UNESCO ryari ryaramutse ritunganya inyigisho zo gukarihiriza ubwenge!-->!-->!-->…
Inyuma y'ugukora igiteramo Love and Mony Tour cari categuwe n'abanyamahanga kuri Lacosta Beach, Big Fizzo yafashe urugendo yerekeza aho tutaramenya neza, ikimujanye nico yoba agiye gukora. Abatari bake bariko bagira ico!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba David nshimirimana yaguzwe muri Zambia. Inyuma y'amakuru yaguma akwiragira hose avuga y'uko David Nshimirimana atakibarizwa ku butaka bw'Urwanda kuri uyu wa kabiri!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Hadhara Charles Mjeje ni umupfasoni w’umutanzaniyakazi afise abana b’abahungu babiri biga amashure, akaba amaze igihe kitari gito azunguruka Afrika nzima yerekana impano yiwe ijanye n’ugukina umupira « jongleur » mu!-->!-->!-->…
Mu gatondo ku kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Ntwarante umwaka w'2019, ubushikiranganji bw'umutekano no gukinga ibiza bubicishije ku muvugizi wabwo OPP1 Petero Nkurikiye bwerekanye umuntu yagirizwa guturira!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana abandanya yitwara neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya. Hari ku musi wa mbere igenekerezo rya 4 Ntwarante umwaka wa 2019 , aho ishirahamwe risanzwe rifasha ihiganwa ryo muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Inama rukokoma y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yaremreje ko ubutunzi bw'iryo shirahamwe bwakoreshejwe neza. Kw'igenekerezo rya 03 ntwarante kuri Hotel Nonala Beach niho habereye inama yo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dynamo mu bagabo, Berco Stars mu bigeme, Niyo mirwi yatahukanye ibikombe vyihiganwa ry 'imyaka 50 Dynamo itangujwe(Dynamo golden Jubilee) Kw'igenekerezo rya gatatu ntwarante niho iryo higanwa ryarangira. Imirwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’amajambo Kidumu aheruka gushikiriza abicishije ku nsamirizi imwe isamiranira aha mu gisagara ca Bujumbura aho yavuze ko umuziki w’Uburundi utaratangura nokugira bimwe bita “Dede” ku bana bamaze amezi make bavutse ,!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.