Babbi ntiyabashije gushira ahabona igenekerezo nyezina ry'ishirwa ahabona ry'amasanamu y'akaririmbo kiwe gashasha. Inyuma y'amasanamu y'akaririmbo yise By Your side yashize ahabona mu mpera z'ukwezi kwa 1,!-->!-->!-->!-->!-->…
Abagiriza mama Solo gukoresha uburozi mu guteka, abasaba nabo gukora nk'uko bibaza ko akora kugira nabo baronke abaza kubashorera ivyabo. Igenekerezo rya 6 ruheshi, Asma Samake benshi bazi nka Mama Solo, azoba akwije!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Omar Ntakagero ari kumwe na Staff yiwe bashize ahabona urutonde rw'abakinyi 26 b'intamba bagiye kwitegurira urukino rwo kurondera itike!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana abandanya yitwara neza muri Kenya. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 Ntwarante umwaka wa 2019 , umugwi Chemelil Sugar wari wakiriye Sofa Paka Fc mu rukino!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi w'igisirikare c'Urwanda APR Fc wamaze kugura umurorerezi akomeye cane w'umurundi umukuye muri AS Kigali . Asman benshi bazi kw'izina rya Machalister akaba yavuye muri As Kigali kumvo z'ukutumvikana nivyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi babiri b'abarundi baraye bakoze ibikora inka. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 08 Ntwarante umwaka wa 2019 umugwi Rayon Sport wari waramutse wakira Bugesera Fc mu rukino rw'indwi ya 20!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi ya 27 yaryo kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 gushika ku w'Imana igenemerezo rya 10 Ntwarante. Uku niko imigwi igiye gutanda mu mitwe ku bibuga!-->!-->!-->!-->!-->…
Kimwe mu binyamakuru vyo muri Africa cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa batunze gusumba abandi. Abo nabo ni aba bakurikira : 1) Samuel Eto'o akaba afise imiriyoni 202 z'amadorari y'amanya America !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe isi yose yaramutse ihimbaza kuri uno wa 8 Ntwarante 2019 umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, umunonotsikazi Francine Niyonsaba yagize ico yibutsa abakenyezi na canecane abarundukazi. Francine Niyonsaba yagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Nahayo Valery aritezwe i Bujumbura muri uku kwezi kwa Ntwarante aza gushigikira umugwi w'intamba mu rugamba wimirije urubanza rudanzwe. Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba, haraciye imyaka itari mike Nahayo!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.