Igenekerezo rya 31 Myandagaro 2022 niho hari hitezwe umuririmvyi ava mu gihugu c'Urwanda Bruce Mélodie yakiranywe igishika n'abanditsi n'abamenyeshamakuru ku kibuga c'indege akaba yari azanywe no gukora…
Inyuma yo kutagira umugwi abarizwamwo, Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yaguzwe n’umugwi wa AEL LIMASSOL ukina mu cicao ca mbere mu gihugu ca CHYPRE. Saido akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira…
Mu makuru yacu duheruka kubashikiriza twarabwiye ko hari amafoto aguma aboneka ku mbuga za Sat-B arikumwe n'umukunzi wiwe Belle nice ,benshi mu bakunzi biwe bagumye bavuga ko Sat- B yambitse nabi umukunzi wiwe inyambaro…
Ni mugihe hariko haraboneka amafoto hirya n'ino ku mbuga ngurukana bumenyi za Sat-B ari kumwe n'umukunzi wiwe Belle Nice, benshi bakaba babandanya kuvuga k'umwambaro Belle Nice yambaye. Bamwe bati ntiyari…
B face ngo kwiyita Rap Yuda canke Rap Commando ngo birafise ico bisiguye mu bikorwa ariko arakora vy'umuziki. Mu kiyago aheruka kugirana n'umwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu, yavuze ko ayo mazina ari ayo…
Media Tours yonyene ngo yomwuriza indege, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe. Urugendo aherukamwo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, rwavugishije abatari bake, kuko atigeze anatomora vyukuri ikijanye B Face…
Imbarutso ry'ihabwa amasezerano na Bantu Bwoy ngo n'uburyo Big Fizzo yashimye ivyo Dj Veezzy yavugije mu giteramo uwo muririmvyi yari yatumiwemwo mu gihugu c'Ubutariyano. Ariko ngo ihura ry'abo ubwa mbere…
Ni Irumva Bernice izina yahawe n'abavyeyi akaba avuka mu ntara ya Karusi mu muziki akaba azwi nka Bernice the bell indirimbo ziwe zikaba zikangurira abarundi gukunda imico n'akaranga. Hari haciye igihe kitari gito…
Masterland ngo birashoboka ko ashobora kugira ubugeni mu misi iri imbere. Bitandukanye n'uko vyari mu myaka yahera, ubu nta mwaka uhera ata muririmvyi akoze ubugeni, na Masterland nawe ngo bashobora kumwitega. Naho…
Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum uno musi ngo afise indoto zitandukanye n'izo yarafise aho ha mbere. Mu kiganiro na Akeza Webtv, uwo mwanditsi wa Number Moja avuga ko ubu ico yipfuza ari ukubona abarundi baba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.